Barundi, Barundikazi, Bakunzi b’Uburundi; Turasozereye umwaka w’2019, twinjiye mu mwaka mushasha w’2020. Imana Mushoboravyose yazigamye Uburundi n’Abarundi muri uyu mwaka turangije, ikatuja imbere mu migambi ihimbaye…
Ata gihindutse, Muziki agiye gusohora indirimbo yiwe nshasha, amajwi n'amasanamu (Audio & Video) bikazira rimwe. Kimwe muvyashikanye Yvan Muziki mu gihugu kibanyi c'Urwanda camenyekanye. Ico naco…
Imvura nyinshi yaraye iguye mu gisagara ca Bujumbura yateye imyuzure myinshi mu karere ka Buterere aho hononekaye ibintu bitari bike, bikanavugwa ko hari abariko barava muri iyo karitiye. Muri iyo karitiye ahantu hasinzikaye…
Mu kiganiro n’abamenyeshamakuru hamwe n’abenegihugu, umukuru w’igihugu Petero Nkurunziza yabajijwe igituma Uburundi bwama buvuga ko buterwa n’igihugu kibanyi c’Urwanda yamara bwitwara ntiburonke inyishu itomoye araheza…
Nk'uko yama abigira mu mpera y'umwaka, kuri uno wa kane igenekerezo rya 26 Kigarama umwaka w'2019, umukuru w'igihugu c'Uburundi Petero Nkurunziza yaramutse akoresheje ikiganiro abenegihugu hamwe…
Biratangaje cane kubona ataruhande na rumwe rwemera ivyo ruvugwako mu gihe ikibazo kihari kandi kigiteye ingorane. Imyaka ni myinshi cane gose umuziki w’Uburundi uterwa amashurwe ngo Uburundi bufise impano, ariko bikama muri…
Kuri uyu wa gatatu waraye uheze igenekerezo rya 18 Kigarama umwaka w'2019, umukuru w'igihugu c'Uburundi Petero Nkurunziza yari yaramutse agirisha inama abakuru mu gisirikare no mu giporisi mu ntumbero yo…
Vous pouvez utiliser le psaume 01 pour les vertues suivantes! 1.Pour désarmer les commérages au milieu de travail, décourager ceux qui pourraient nuire à votre réputation. 2.Pour se protéger de la sorcellerie 3.Pour un…
Big Fizzo na Dr Jose Chameleon ngo baragoranywe igihe kitari gito. Ivyo n'ibiheruka gushikirizwa na Big Fizzo ubwiwe aho yari muri kimwe mu biganiro vy'umuziki hano iwacu. Muri ico kiyago, uwo muririmvyi, yavuze ko…
Igishobora kuba kijanye Yvan I Kigali ntikirabasha kumenyekana, ariko bikavurwa ko hampande y'ukuramukanya, hoba harimwo ugushira ahabona akaririmbo gashasha. Inyuma y'igihe asa n'uwuri mu gacerere, bivurwa ko…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.