Ugusiba mu nama z’umurwi, ugucerwa mu myimenyerezo, ukongeramwo n’ugutwara imodoka yanyoye inzoga ngo bigiye gutuma Stoke city igurishwa Saido Berahino, muci riza. Saido Berahino ashobora kugurishwa n’umurwi wa!-->!-->!-->!-->!-->…
Kigingi n'umukunzi wiwe Marina Kigingi ngo kuba atwenza cane nico gituma abakobwa batamwerekwa mu gihe aba ariko ashikiriza ikiri ku mutima, kuvy'urukundo aba yipfuza. Mugenzi Alfred Aubin!-->!-->!-->!-->!-->…
Big Fizzo yakuwe mu gacerere avuga ku ndirimbo zamwibwe zigashirwa ahabona atabazi, anavuga ico vyamuteye. Mu gihe haheruka kwumvikana induru zitari nke z’umwe mu bihangange mu muziki ndundi avuga ku ndirimbo ziwe ziriko!-->!-->!-->!-->!-->…
Depuis l’après-midi de ce lundi 18 fevrier 2019, le président de la République Fédérale de la Somalie, Son Excellence Mohamed Abdullah Mohamed est au Burundi pour une visite de deux jours. A son arrivée à l'Aéroport!-->!-->!-->!-->!-->…
Warren Cheby Ndayishimiye arabandanya igikorwa yiyemeje co guteza imbere imigwi y'inkino mu bakiri bato, mu kubaronsa ibikoresho vya nkenerwa, eka no mu guteza imbere ingabirano zabo. Kuri uno w'Imana igenekerezo!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->…
B Face avuga ko abakunzi b’ibikorwa vyiwe bokwihangana atotanga urutonde rw’ivyo azoshikako uno mwaka wa 2019, ariko boza baramenya igikorwa aruko kibonetse, ariko iyo yipfuza ko izokurikira ngo n’iyo yakoranye!-->!-->!-->…
Indirimbo ya Sat-b Karabarya ngo yoba yaherahejwe n’amafaranga umuririmvyi Mt Number one yamuhaye ngo bakorane, Ivyo bikaba biheruka gushikirizwa n’uwahoze ari manager wiwe, Wanda Boy. Mu kiganiro yagiranye n’imwe mu!-->!-->!-->!-->!-->…
"Agakecuru gahishije ntikabura abuzukuru". Umukinyi w'Umurundi akina mu gihugu ca Australia Elvis kamsoba, igihugu ciwe c'amavukiro gishobora ku mubura umwanya numwanya. Mu kiganiro gito Elvis Kamsoba yagiraniye na!-->!-->!-->!-->!-->…
Mc Mello yoba yakoranye na Big Fizzo indirimbo, naho bataragira ico babishikirizako. Hoba hari igikorwa kiriko kirakorwa hagati ya Big Fizzo na Mc Mello Mc Love nkuko vyabonetse muri Video baheruka kurungikira mugenzi!-->!-->!-->!-->!-->…
Emery sun avuga ko n'izindi ndirimbo zitari iz'urukundo amaze kuzandika, ariko akavuga ko hataragera ko azishira ahabona. Mu kiyago Emery sun aheruka kugirana na Indundi magazine yagize ico avuga ku vyivugo ashikiriza mu!-->!-->!-->!-->!-->…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.