Ku bakurikirana Kigingi, barazi Video yiwe ariko aha ishurwe umukunzi wiwe, ico gihe Hari imbere yuko bakora ubugeni. Ako ka Video kakunzwe cane n'abakabonye, amakuru twaronse avuga ko kafatiwe mu gihugu c'Urwanda,…
Nimbona Jean Pierre benshi muzi nka Kidum ngo azohimbariza hano iwacu imyaka 60 igihugu cacu kuronse intahe yo kwikukira. Uwo muririmvyi w'umurundi ari mu bakomeye muri Kenya iyo asanzwe aba, akaba yagabishije abanya…
Amarira ni yose ku muririmvyikazi Muhoza Godas, inyuma y'ukwibwa urubuga rwiwe rwa YouTube. Ku musi w'ejo, niho hamenyekanye ko urubuga rwiwe rwibwe, Kandi uwarwivye uwo muririmvyikazi yemeza ko Ari I Burundi, kuko…
Mu gihe Mow Kanzie asa n'uwuri mu gacerere mu Bijanye n'ibikorwa vy'indirimbo, kuko iyiheruka ari iyo yakoranye na Kidum, Aho yamusanga muri Kenya, asaba abakunzi biwe kuguma bari maso. Mu kiyago na Dushi…
Akaririmbo kahawe izina rya Yuda niko kagiye gushirwa ahabona na Yvan Muziki mu misi ya Vuba. Naho hatamenyekanye umusi kazoshirirwa ahabona, Yvan Muziki yashize ahabona ko kazoshirirwa ahabona rimwe n'amasanamu yako.…
Mw'ibihero ngo ntivyoroshe, ariko igikomeye n'ukwoha amahoro, kugira ubashe kubaho neza nay'ahandi wosara. Ayo n'amwe mu majambo umuririmvyi Baraka Olegue azwi cane nka Delegue General yabwiye umwe mubo…
Ikigezweho kuri Fortran Bigirimana n'indirimbo nshasha aheruka gushira ahabona yise Ni wewe. Iyo ndirimbo ikaba yanasohorewe amasanamu. Mu kiganiro aheruka guha abamenyeshamakuru, Fortran yavuze ko hari abaririmvyi…
Inyuma y'amezi hafi 3 adakora igiteramo ku mugabane w'Uburayi, Ukwezi kwa 6 kugiye gusubira Kandi kubera umugisha Mugani Desire benshi muzi nka Big Fizzo. Inyuma y'igiteramo azokorera mu bwongereza igenekerezo…
Muri Biliman Boy, ikivugwa cane n'ikorwa ry'indirimbo zabo bakoranye n'abaririmvyi Dr Jose Chameleon na Weasel. Izo ndirimbo 2, zose ngo ntizasabwe na Dj Paulin nkuko abatari bake boba bavyibaza, ariko ngo imwe…
Meili agize imisi ashikiriza ko Ari mu myiteguro yo kugaruka Vuba Kandi ibintu ngo bikazoba bihagaze neza cane. Uwo muririmvyikazi vyavuzwe ko yoba agiye gusohora indirimbo arikumwe n'umu Tanzaniyakazi, Zuchu, ngo yoba…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.