Iyo hataba umuhisi Soso K, ngo uno musi dushobora kuba tutari tuzi umuririmvyi R Flow, kuko ariwe wa mbere yafashe ukuboko uwo muririmvyi wacu kugira aje muri Studio irya mbere. Mu Kiyago yagiranye na Kaboss For real mu…
Abaririmvyi batari bake bagize Ico bashikiriza ku ndirimbo Umuyabaga RMX ya Nziza Desire yashizwe ahaba kuri uyu wa mungu igenekerezo 1/5. Mu bagize Ico bashikiriza muri comment y'iyo ndirimbo hari nka B face, Mkombozi,…
Inyuma y'ibiteramo yakoreye mu bufaransa no mu bubirigi, hamwe n'ukuboneka mw'ihiganwa ry'umupira ryahuje imigwi y'abarundi baba ku mugabane wa buraya, Big Fizzo agiye gukorera igiteramo mu bwongereza…
Indirimbo umuyabaga RMX ya Nziza Desire yakozwe kuva akiri mu karuhuko hano iwacu, ariko itari bwasohoke, igiye gushirwa ahabona. Nkuko vyabonetse ku rubuga rwiwe rwa Instagram, uwo muririmvyi yashize ahabona teaser…
Mu gihe hariho abatari bake badahengeshanya kumuba hafi igihe cose agize ibibazo, Olegue ngo iyo Ari mu munezero ngo ntamubona. Simbizi nawe abona ko umuririmvyi yarakwiye kuba afise abahanuzi bakomeye, bajejwe kuraba…
Abahora bidoga ko Edisson Ndayahoze ngo akunda bamwe mu kubamenyekanisha ku rubuga rwiwe rwa Facebook, abandi akabatera akagere, ngo barihenda cane. Uwo mumenyeshamakuru akorera insamirizi y'imicokama ngo uno musi…
Naho Big Fizzo abazwa igihe azogarukira mu gihugu, ababiza akababwira ko nawe atavyazi, hari uwuriko arahamagara bitoroshe kuzobwira oya. Umutambikanyi wa Mugani Desire benshi muzi nka Big Fizzo ngo inkumbu afitiye umugabo…
Mista Champagne ngo amashirahamwe atandukanye asanzwe akorera hano iwacu, ntiyarakwiye gucagura abo ashigikira n'abo adashigikira mu bikorwa vyabo. Mista Champagne akaba abivuga yisunze ko nk'ihiganwa Isanganiro…
Umuririmvyi Boniface ngo umupira yakoze uriko ibiranga abaririmvyi n'amashirahamwe ashigikira umuziki atari make, ngo yawukoze kugira atange akarorero. Uwo muririmvyi mu kiyago na Siren Vibes, avuga ko abaririmvyi bari…
Abaririmvyi b'abarundi bakora neza, ngo uno musi ni benshi cane. Nta citwazo na kimwe c'uko habuze izovuzwa cane hano iwacu. Yoya abona ko abavuga ko atazihari ngo ari icitwazo gusa, kuko ngo uwuhawe indya…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.