Zinedine Zidane ngo ubu inzira n’imwe gusa, yerekeza muri PSG, kuko iyindi nzira yari ihari ngo yamaze gufungwa. Inyuma y’igihe hariko havugwa ko Zizou azokwerekeza muri PSG, ariko hakagumaho amadidane kuko uwo mumenyereza…
Siren Vibe ntikiri ishirahamwe(Company) gusa ariko yahawe uburenganzira bwo gukora nk’ikinyamakuru cemewe n’amategeko hano mu gihugu iwacu, ivyo bikaba vyashizwe ku mugaragaro n’ico kinyamakuru ubwaco ku mbuga basanzwe…
Inyuma y’igihe kitari gito umuririmvyi T Max adashira ahabona igikorwa na kimwe c’umuziki, ngo hari ibikorwa bitari bike ariko arategura gushira ahabona. Mu kiyago yagiranye n’imwe mu mboneshakure za hano iwacu zikorera ku…
Mw'ihiganwa ritegura ihiganwa rikuru ry'umupira w'amaboko Basketball bitiriye "Viva basketball League", iryo higanwa rizokwitabirwa n'imigwi 6 yo mugisagara ca Bujumbura n'imigwi 4 yo…
Inyuma y'igiteramo ca Big Fizzo I Bruxelles, ubu naho abazoba bari ku mugwa mukuru w'ububirigi mu kwezi kwa Kane bazokwakira Fortran Bigirimana. Akoresheje urubuga rwiwe rwa Instagram, Fortran Bigirimana yavuze ko…
Abaririmvyi 2 b'abarundi nibo baguma bagaruka cane mu gitigiri c'abaririmvyi 10 bakomeje umuziki wa hano iwacu kuva mu mwaka wa 2000 gushika muri uno mwaka. ku kibazo c'abaririmvyi 10 bateje imbere umuziki wa…
Uno musi kubona umwigeme afotora ntibikiri ibitangaje hano iwacu, kuko uwo mwuga wahora ufatwa nk’uw’abagabo gusa, ubu usigaye uhurumbirwa n’abigeme batari bake. Akarorero ni nka Josiane Kwizera avuga ko amaze kugira ico…
Imbere yuko Girukwishaka Boniface aba B Face ngo ntivyari vyoroshe na gatoya, kuko yaciye mu bibazo bitari bike. Birimwo n’ibijanye n’ukwimenya mu buzima bwa misi yose. Mu kiyago yagiranye na Kaboss for real, uwo muririmvyi…
Muri Monday Superstar y’indwi ya 3 y’ukwezi kwa 3, abamenyeshamakuru Adijoe na Espoir B5, bari bashikirije ko umuririmvyikazi Emelance Emmy abarizwa I Bujumbura, kandi ko yazanywe n’ibikorwa bitandukanye birimwo n’ugukora…
Mu misi iheze, umuririmvyi Sat-b yaguweko n’abatari bake bamubwira ko inyifato yifata itari nziza cane cane mu gihe c’ugukora ico abatari bake bita ama Buzz. Abatandukanye baravuze ibitari bike mbere birimwo ko ubu yoba…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.