Kuri uyu wa mbere, igenekerezo rya 22 Ntwarante umwaka w'2021, inyuma y'inama ihuza umurwi ushinzwe kurwanya ikiza ca koronavirusi, umushikiranganji ajejwe kubungabunga amagara y'abantu no kurwana Sida Thaddée…
Kuri uno wa kabiri igenekerezo rya 23 Ntwarante umwaka w'2021, umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye ari kumwe n’abagize Reta y’Uburundi bane hamwe n’abagwizatunga barenga icumi bafashe urugendo rubashikana mu gihugu…
Ngo ibidahura kandi vyegeranye n’amatwi gusa n’ayabantu barahura. Iryo niryo jambo ry’umutwe mu majambo yashikirijwe na Mkombozi kuri uyu w’Imana igenekerezo rya 21 Ntwarante aho kuvyaruzanya hagati yiwe na Big Fizzo…
Ingingo yo guhagarika gutoza amafaranga ku bituro vy'abunguruza abantu n'ibintu ni ntabanduka. Vyashikirijwe n'umushikiranganji w'intwaro yo hagati, iterambere rusangi n'umutekano Gervais Ndirakobuca…
Kuri uno wa gatanu, igenekerezo rya 19 Ntwarante umwaka w'2021, umutambukanyi w'umukuru w'igihugu Angeline Ndayishimiye yashikirije imfashanyo abakenyezi bo muri komine Ntahangwa mu gisagara ca Bujumbura. Iyo…
"Ivyo mukora ni ibiki? Muriko murazura akaboze? Ayo ni amwe mu majambo abakozi b'umurwi w'igihugu ujejwe kumenya ukuri no kunywanisha abarundi CVR babwirwa mu gihe bariko barazura ibisigarira vy'abantu…
Abicishije ku rubuga rwa Twitter, umukuru w'igihugu c'Uburundi Evariste Ndayishimiye yahojeje abatanzaniya bose kumwe n'umuryango usizwe na Perezida John Pombe Magufuli yaryamiye ukuboko kw'abagabo kuri…
Abarundi barenga ibihumbi icumi n'indwi nibo bamaze gutahukanwa kuva uyu mwaka utangura gushika kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 17 Ntwarante 2021. Ivyo bitigiri bitangwa n’umuyobozi mukuru ajejwe gutahukana impunzi mu…
Guhimiriza abigeme kwijukira kwiga ibijanye n’ubuhinga hamwe no gutumatumanako amakuru ni imwe mw’ihangiro ry’ishirahamwe mpuzamakungu riharanira agateka k'abana UNICEF Burundi. Umutambukanyi y’umukuru w’igihugu…
Umuryango w'umupfasoni Scholastique Minani wari umaze imyaka hafi itatu yari igomba ihere urenganijwe n'ishirahamwe ryimba ubutare Tanganyika Mining Burundi, watunganirijwe kuri uno wa mbere, igenekerezo rya 15…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.