Abarundi barayamaze ngo Umwana s’uwumwe, umwana n’uw’igihugu. Inyuma y’imyaka ibihumbi n’ibindi abarundi baciye uwo mugani n’ubu hari ab’umutima bakiwugendera, bagafata mu mugongo umwana w’igihugu bataravye iyo ava canke ico…
Ubushikiranganji bw’intwaro yo hagati, iterambere rusangi n’umutekano buragabisha abaranzi bahuza umuguzi n'uwugurisha (commissionnaires) bakorera ku masoko atandukanye ko uwo murimo bakora utemewe n’amategeko. Mu…
Ishirahamwe Ntabariza riharanira agateka kabapfungwa n’imiryango yabo risaba ko abanyororo bahejeje igipfungo cabo ariko bagasabwa kuriha amahera bafitiye abandi canke amahadabu botezurirwa. Mu kiganiro n’abamenyeshamakuru …
Umukuru w'igihugu c’Uburundi Evariste Ndayishimiye yitezwe i Bangui mu gihugu ca Centrafrique ku mugoroba wo kuri uyu wa mbere. Nk'uko biri mw'itangazo ryo mu biro vy'umukuru w'igihugu bijejwe…
Ni kuri uyu wa Mungu, igenekerezo rya 28 Ntwarante 2021 mu Kigo c'urwaruka co mu Kamenge ahari hatunganirijwe isabukuru mpuzamakungu y’uburongozi bw’abakenyezi ku civugo : "Ubahuka mugende gushika kure".…
Ishirahamwe ryo kuvuza abakozi ba Reta, Mutuelle de la Fonction Publique ryafashe ingingo ko kuva ku wa 29 Ntwarante, abakozi baryo hamwe n'abanywanyi baryitura bategerezwa kuba bambaye agapfukamunwa. Iyo ngingo ifashwe…
Mu ntumbero yo guhimbaza umunsi mpuzamakungu wahariwe amazi uhimbazwa kw'isi yose igenekerezo rya 22 Ntwarante burimwaka, ishirahamwe ACVE (Action ceinture verte pour l'environnement) rifandikanije n'igisagara…
Amazu y'idandarizo arenga 150 yubatswe hanze y'isoko ya Jabe mu gisagara ca Bujumbura ku ruhome rugize uruzitiro rwiyo soko yose yasambuwe mu gatondo ko kuri uyu wa gatandatu, igenekerezo rya 27 Ntwarante 2021. Iyo…
Abarundi Aho Bari mu mihingo itandukanye y'isi ntibareka guhesha agaciro igihugu cabibarutse mu kwerekana ico Imana yabahezagije. Muri Africa y'epfo neza neza mu gisagara ca Johannesburg, mu buriro bita Epicure…
Dans le cadre de renforcer l’esprit de recherche, Kirsten Nicolas Nzungu enseignant, Youth Tax Justice Network-Burundi en collaboration avec l'Université Espoire d’Afrique ont animé une conférence-débat à l'endroit…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.