Ishirahamwe (Baho) rigizwe n'abarundi baba muri Arizona Ku mugabane wa America riramenyesha n'umubabaro mwinshi urupfu giturumbuka rw'umushingantahe Tharcisse Rucintango. Nkuko bishikirizwa n'ubuyobozi bwa…
Inyuma y’iyinga ashitse mubwa Nyaburunga aho yatumenyesheje ko azanwe n’urukundo rwamye ruranga abarundi kuva kera na rindi, umuvugizi w’ishirahamwe BDUSA (Burundian Diaspora in USA 🇺🇸) risanzwe riyobowe…
Indwi yahariwe abarundi baba mu Mahanga hamwe n'abo bose bahabaye igiye gutangura vuba mu misi ine gusa kw'igenekerezo rya 22 Mukakaro uwu mwaka maze iheze irangire kw'igenekerezo rya 26 na uku kwezi nyene.…
Umugwi ujejwe amatora agiye kuba hagati y'Abarundi baba muri Leta zunzubumwe za Amerika, ubicishije ku cegera c'umuyobozi wawo, wibukije Abarundi bose baba muri Leta Zunzubumwe za Amerika ko ikiringo…
. Ibikorwa rero vy’ugushiraho ishirahamwe rizoba rihuriyemwo abarundi bose baba muri Amerika (Disapora) birabandanya. Samuel NDAYIRAGIJE asanzwe ariwe aza kw’isonga ry’abariko baritanga amenyesha ko gushika ubu ibijanye!-->!-->!-->!-->!-->…
Abarundi bose baba muri Leta zunze ubumwe za Amerika bamenyesha ko bariko barisuganya hasi hejuru kugira barabe ko boshiraho ishirahamwe ribahuza bose iyo bava bakagera. Ivyo twabimenyeshejwe n’uwahoze arongoye!-->!-->!-->!-->!-->…
Ku musi wa gatandatu uza igenekerezo rya 15 Kigarama, muri Reta ya Houston neza na neza mu gisagara ca Texas hazoca uwambaye. Abarundi baba Houston mu gisagara ca Texas muri Reta zunze ubumwe za Amerika bariko barategura…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.