cultureDiasporadiaspora eventshomepagekirundiMusagaPrimusic2019Umusuma

Akayazwe k’i Burundi muri Houston

Ku musi wa gatandatu uza igenekerezo rya 15 Kigarama, muri Reta ya Houston neza na neza mu gisagara ca Texas hazoca uwambaye.

Abarundi baba Houston mu gisagara ca Texas muri Reta zunze ubumwe za Amerika bariko barategura igiteramo “akayazwe k’i Burundi” kizoba kw’igenekerezo rya 15 Kigarama uwu mwaka, ico giteramo kikazoba gishimikiye ku mico, inyifato hamwe na kamere k’abarundi.

Ico giteramo categuwe n’ishirahamwe BCH ryo ngaho nyene i Houston kikazotangura igihe c’isaha icumi n’imwe zo ku muhingamo kuri aderese ikurikira : 9725 bissonnet St. Houston Tz 77036.

What's your reaction?

Related Posts

1 of 746