Eddy Kamoso ngo yarabonye Imana ikora muri iyi myaka 5 iheze asubiye gukorera I Kigali, iyo ngo niyo mpamvu nyezina yatumye yandika indirimbo “Ndiho” aheruka gushira ahabona. Ivyo yatuganiriye mu kiyago twagiranye ku…
https://www.youtube.com/watch?v=AqByZ8-E9xM Mt Number one ngo nta mugambi afise wo gukorana indirimbo n’umuririmvyi akomeye hano iwacu, ahubwo ngo abaririmvyi bamwe bamwe bakiri hasi nobo bariko barashaka gukorana nawe muri…
Inyuma y’igihe kitari gito ataboneka ku rubuga rw’umuziki, John Classic, umurundi asanzwe arangurira imirimo yiwe muri Canada yagarutse muri game ya music. John Classic asanzwe aririmba indirimbo zishemeza Imana, Gospel,…
Intandaro y’ukutagaruka Kwa Nziza Desire muri Afrika mu kirngo c’imyaka 12 yaramaze muri Amerika ngo n’ukuba atari bwaronke ivyangombwa, ariko ubu ngo n’umunyamerika. Ivyo n’ivyo yayagiye Lucky ku mboneshakure RBA,I Kigali.…
Mu gihe abatari bake hano iwacu co kimwe no mu makungu bakoma akaruru ko ikiza Corona Virus cabatumye bahomba cane gose, abandi bo bari bagerageza kwiyungunganya. Irakoze Divine benshi bazi nka Dj Iraa, umurundikazi akomoka…
Kuninahaza no gutazira Imana ni kimwe mu bisabisho bikundwa kandi bihimbara umuremyi w'ijuru n'isi, igikorwa co kuririmbir'Imana gikorwa hifashijwe impwemu, uko umuntu akura niko impwemu ziwe zigenda ziyongera…
"Urakoze Mana utanga utadya, iyo hataba wewe iyi ntambara y'abasuma batatu bafise intambi, n'inzembe ,sinari kuyitsinda, ariko imbaraga wampaye nanje zantangaje" Iryo ni rimwe mu majambo Mkombozi Lucifer…
Ushobora kuba muri kano kanya wihebuye, ushobora kuba usa n'uwihevye, bishobora kuba vyagucanganiyeko, rushobora kuba rwakwuzuriyeko ,muri ico kinogo nyene urimwo Levis agira ati :"Ni wizera…
Mu gihe Aime M yaheruka kumenyesha ko abaririmvyi babarizwa hanze y'igihugu basabwa amafaranga ngo bavugirizwe indirimbo, Mt Number one nawe ashikirije akandi karenganyo abo baririmvyi ngo bakorerwa. Akoresheje urubuga…
Mu kiyago na SYUB Show Aime M yamenyesheje ko naho abantu baba bibaza ko yicaye, ariko we ngo ntaba yicaye, ariko aba ariko agakora. Muri ico kiyago yagiranye n'umumenyeshamakuru yigenga Biko Steven Raphael…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.