Kuva aho ashiriwe ahabona nk'umuririmvyi wa db Music Entertainment ariko arakora urukurikirane (Ep....) rw'Indirimbo zitandatu aho mur'izo ndirimbo kur'uyu wa Mungu 07 RUHENSHI 2020 yashize!-->…
Inyuma y’ukumenyesha ko hari indirimbo nshasha yamaze guheza gukorwa yakoranye n’umuririmvyi w’umunyaKenya, uwo muririmvyi yahavuye amenyesha ku musi w’ejo ko hari iyindi yo iza gusohoka uno musi yakoranye n’uwundi…
Urukurikirane Nisaidie rw’umuririmvyi Andy Mwag ngo rufise ikintu kini rusiguye ku buzima bwiwe, nkuko yabiyaze mu majambo yaherekeje ishusho rw’urwo rukurikirane yashize ku mbuga ngurukanabumenyi asanzwe akoresha. Muri ubwo…
Akoresheje ururimi rw’icongereza, Don Brighter yipfurije abarundi indwi nziza y’amatora, ngo izobe indwi y’ukwigira kandi y’umunezero. Aca anaboneraho akaryo ko kubatumirira kubandanya mwumviriza akaririmbo UBUMWE, ngo…
Sishobora kuzokwibagira na gato ibigeragezo naciyemwo ngishika mu gihugu ca America, iryo niryo jambo ry'umutwe rigaragara mu butumwa bucanze n'akakabaro bwatanzwe n'umushingamateka Bonavunture Havyarimana…
Inyuma yaho Fortran Bigirimana yerekaniye ko hari igikorwa ariko arakorana n’umunyarwanda Gentil Misigaro nawe asanzwe akora indirimbo zihayagiza Imana, uwo muririmvyi w’umurundi akorera ibikorwa vyiwe mu Bufaransa…
Kidum ngo naho akazi kahagaze muri Kenya kubera umugera wa CoronaVirus ubageze habi, ngo we ntiyicaye kuko ariko arandika kugira igihe iki kiza kizorengana azoronke ico aha abantu. Ivyo n’ivyo aheruka kuyagira ikinyamakuru…
Umwe mu baririmvyi b’abarundi babarizwa mu gihugu ca Canada, Kaya Free, aheruka kumenyesha ko hari ibikorwa bishasha biriko birategurwa ngo vuba cane bizoshirwa ahabona. Ivyo navyo s’ibindi n’urukurikirane tutarabasha…
Harageze ko nkora EP yanje kubera urugezo umuziki wanje ugezeko. Ivyo n’ibiheruka gushikirizwa na Babbi mu kiganiro yagiranye na Indundi Magazine. Muri ico kiganiro, uwo muririmvyi avuga ko iyo EP yiwe izoba igizwe…
Mu gihe hari haheze imisi tubamenyesheje ko hari indirimbo umuririmvyi David avuga ko uno mwaka azoshira ahabona ziri mu rurimi rw’ikirundi, izo ndirimbo yasubiriye kumenyesha ko ziri hafi cane. Akoresheje urubuga rwiwe rwa…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.