John Peter Hakizimana azwi nka John Classic kw'izina ry'ubusani, ni umurundi yavukiye mu gihugu kibanyi ca Repubirika yunze ubumwe ya Tanzaniya, akaba gushika ubu aba muri Canada. Uwo musore ariko aritwara neza mu…
David ngo ntiyibagiye abakunzi b'ibikorwa vyiwe bakunda ururimi rw'ikirundi, kuko ariko abategurira urukurikirane ruzoshirwa ahabona vuba cane. Inyuma y'igihe ari mu gacerere gakomeye cane, David Nduwimana…
Mt number one abona ko kwihutira kuja kurondera Collabo hanze y’igihugu atariwo muti, ukubanza kurondera gushigikirwa iwanyu, ngo nico nkenerwa gusumba. Mt number one ngo yipfuza kubanza gufata akarere k’Uburundi mu muziki,…
Inyuma yo kumenyekana ko hari ubuke bw'abigeme muri Industry ya +257 yaba hano i Bujumbura cokimwe no mugihugu hagati, no mubarundi basanzwe bakorera hanze y'igihugu (Diaspora) ngo nuko n'aho bamwe bamwe!-->!-->!-->…
"Akabura ntikaboneke ni nyina w'umuntu". Abaririmvyi bari mu makungu "Diaspora burundaise" biyemeje kuzobandanya bafasha umuryango w'umuhisi Bruno Simbavimbere abana asize bazoshobore kubandanya amashure. Amateka nimeshi!-->!-->!-->!-->!-->…
Inarunyonga afise umugambi wo guha umwanya ingabire yiwe yo gukina ireresi gusumba umuziki muri kino gihe. Inyuma y'igihe asa n'uwuri mu gacerere, Ndayishimiye Arlaine benshi bazi nka Inarunyoga yasubiriye!-->!-->!-->!-->!-->…
Inyuma y'uturirimbo nka Kikomando, By your Side na Mbwira duheruka gushirwa ahabona twakunzwe n'abatari bake, Babbi avuga ko hari akandi karirimbo gashasha kari inyuma, kari mu gusohoka. Ako karirimbo ngo gashobora!-->!-->!-->!-->!-->…
https://www.youtube.com/watch?v=hoHl4Yy0O3s&index=5&list=PLfqlH3YW9SLZysI3xZkz3Nvr7lwoqQaNu
https://www.youtube.com/playlist?list=PLfqlH3YW9SLbV8IglftDzON8tJSZhEpuO
Urukundo yakunze umudiho wa Rape kuva akiri muto nirwo rwatumye ku myaka 10 gusa atangura kurimba haba mw'ibarabara, canke ateramanye n'incuti n'abagenzi, Karangira Owen Berrel azwi kw'izina "Lil!-->…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.