Kuva mu mwaka wa 2008 gushika 2021 muri Leta ya Arizona, abarundi babayo bahurikiye mu muryango wagutse wo gufashanya bise Baho. Boha ikaba ari imwe mu ma kominote, yo muri America ibarizwamwo abarundi bashika ku 4000 nkuko…
Mu gihe hasigaye amasaha aharurwa ku ntoke kugira haboneke indongozi zishasha za BDUSA, haracariho umurwi w'abarundi baba muri America wemanga ko ayo matora yoba ari inkinamico. Amatora y'indongozi za BDUSA…
Yabaye inkuru y'agacamugongo ku barundi baba mu mahanga ndetse n'abari i Burundi, biturutse kw'ikete ryasohowe n'abashingamateka 43 bo ku mugabane wa Buraya (Union européenne) barega igihugu…
Uburongozi bw’infatakibanza muri Diaspora ya Australia ngo bwaraburabujwe cane na bamwe mu bataye umurongo muri Diaspora ya Australia(BDA). Uburongozi bw’imfatakibanza muri Diaspora ya Australia ngo bwaraburabujwe cane na…
Biragoye gutahura, ariko nyimba mwagiye mu kurikirana amakuru twagiye tubashikiriza avuga ku muryango w'abarundi baba ku mugabane wa America BDUSA biroroshe cane kubona inzira bariko bagana muri kino gihe. Mu mpera…
Abanje kwerekana iyo ishirahamwe rihurikiyemwo abarundi baba ku mugabane wa America BDUSA yarivanye naho yarishikanye , Samuel Ndayiragije yahavuye yifatira ingingo yo gukinjura mu matora. Ingingo itakiriwe kumwe n’abanywanyi…
Abanje ku bita amazina nka , {Barajingitwa, Shiranzigo, Bankagakura, Nikobamye, Rwanko, Mpemukendamuke, Nsumirinda, Ntirumveko, Ntamarerero, Nzobibarandabibonye, Satuntutwanje, n'ayandi}, Samuel Ndayiragije yamenyesheje…
Inyuma y'imvurururu n'ukutumvikana vyaranzwe mu banyanyi ba BDUSA zikaza kurangira zinashitse no mu nzego z'Ubutungane, Ishirahamwe ririko ririyambika umutamana. Ngo abarundi bamye barangwa n'ikiyago…
Mu butumwa aheruka kurungikira ubuserukizi bw’ibihugu vya Afrika buri mu gihugu c’Uburusiya, umuserukizi w’Uburundi muri ico gihugu Edouard Bizimana abahamagarira kwunga urunani maze biyamirize ubwicanyi bwabaye ndanse muri…
Jean Niyonkuru, yagirizwa ubushobozi buke bwo gutunganya amatora y’indongozi nyezina z ’abarundi baba mu Bubirigi kuva mu mwaka wa 2019 ntakibarizwa muri ayo mabanga vy’imfatatakibanza. Amaze,kubona ko amategeko agenga…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.