Abarundi baba mu gihugu c'Uburusiya bamenyesha ko bameze nk 'abakubiswe n 'inkuba inyuma yo kwumva amakuru y'igandagurwa bunyamaswa rya Makoroka Jolivet, umwe mu rwaruka rw'uburundi yahora yiga muri…
Umwitwrariko w'ambere w'abarundi baba i Roma ngo ni ukurondera abafatanya bikorwa bazana imitahe yabo hano mu gihugu cacu, na cane cane mu gisata c'uburimyi n'ubworozi. Mu ntumbero yo gushitsa icifuzo…
Umutima w'urukundo atari uw'ubutunzi niwo wazinduye abarundi bahurikiye muri Diaspora y Uburundi mu Ubushinwa berekeza kugarukira ku bibondo vya ba ntaho nikora vyo mu Gatumba bitari bwaronke ibikoresho…
Diaspora y'abarundi ba Queensland Australia iza iri ku bikogwa bidasanzwe vyo kwigisha imachine za kijambere abarundi bari muri ico gihugu, bamwe baramaze kubimenya mbere bari ku mirimo. Kubwukwo uwo mugambi bamaze…
Nkuko biri, mu bihugu bigize impande zine z'isi harakwiragiye abarundi batari bake, dufatiye ku cegeranyo casohowe n'indongozi za Diaspora y'Uburundi, cerekana ko ku mugabane wa America , uw'Ubulayi,…
Mu gihe hano mu gihugu cacu hacibonekeza ikibazo c'uburaro bwiza ndetse n'ubuhari bukaba budashemeye kandi butajanye n'ibihe tugezemwo, na cane cane ivyo bikibonekeza mu ma karitiye ahanamiye ibisagara vya…
Igikorwa nyamukuru c'umunyabigega ngo n'ukwakira, kubika no gushingura, umutungu ndetse n'impapuro z'ishirahamwe ngo s'uguhungabanya ibikorwa vy'ishirahamwe. Iryo ni rimwe mu majambo…
Hagiye kwugururwa ishirahamwe ryo kuziganya no kugurana(microfinance Myfin),mu ntumbero yo kworohereza abarundi baba mu mahanga gushika imitahe yabo hano mu gihugu. Ubucuti buri hagati y'ishirahamwe ARN (Action pour la…
Abarundi baba mu makungu bagiye gushira inguvu hamwe mu gutezimbere igihugu biciye mu burimyi n'ubworozi. Bafatiye ku civugo bihaye ubwabo kigira giti:" Barundi tuba mu mahanga nidushire imitahe yacu mu burimyi…
Mu mpera za Mukakaro 2020 uwuserukira umukuru w'igihugu c'Uburundi i Roma mu Butaliano arikumwe n'uwuserukira abarundi baba muri ico gihugu, baragendeye uworongoye ikigo kijejwe ubudandaji, n'amahinguriro,…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.