Mw’itangazo ryasohowe n’ishirahamwe ridaharanira ivyicaro vya politike OLUCOME, rivuga ko ku makuru rifise nk’uko vyavuzwe n’umushikiranganji w’ubudandaji ko hibonekeza ubukene bw’ibinyobwa bimwe bimwe vya BRARUDI, ubwo…
Ibanki y’urwaruka igiye gutanguzwa mu misi ya vuba, ikazoba ifise ibisata bitandukanye harimwo ibijanye n’ugushigikira imigambi y’iterambere itunganijwe n’urwaruka hakurikijwe ko bari mu mashirahamwe canke mu makoperative…
Uburundi buherutse kuronswa ingabire y’amafaranga y’amanyamerika ashika ku miriyoni 30, iyo ngabire ikaba itegekanijwe kuzofasha mu mugambi w’igihugu wiswe “Nkuriza”. Iyo ngabire ikaba yaraye iteweko igikumu…
Umuyobozi w’ibanki nkuru ya Repuburika y’Uburundi Jean CIZA amenyesha ko amashirahamwe agura akongera akagurisha amafaranga mvamahanga mu Burundi ko ategerezwa gutanga ku wuguze canke uwugurishije ayo mafaranga urupapuro…
Kuri uyu wa kabiri waraye uheze, igenekerezo rya 10 Nyakanga 2019, umushikiranganji w’ubudandaji hamwe n’amahinguriro Jean Marie Niyokindi yarakoranije abadandaza b’isima rihingurwa n’ihinguriro BUCECO mu gisagara ca…
Inama nkuru y’igihugu ijejwe umutekano isaba ibanki nkuru y’igihugu (BRB) hamwe n’ubushikiranganji bujejwe ikigega ca reta gufatira ingingo abantu bavunja amafaranga y’agaciro badakwirikije ibiciro bizwi n’amategeko. Ivyo…
Inyuma y’imyaka ine ishirahmwe mpuzamakungu ryogufashanya ry’ubuyapani JICA rihagaritse gukorera mu Burundi, ryongeye kwugurura ibiro vyaryo ku mugaragaro kuri uno wa gatanu igenekerezo rya 9 Myandagaro umwaka w'2019.…
Kuri uno wa gatatu igenekerezo rya 24 Mukakaro umwaka w’2019, icegera ca mbere c’umukuru w’igihugu Gaston Sindimwo yuguruye icese ihayanishwa-gurisha rigize gatatu ritunganijwe ry’ivyahinguriwe mu Burundi “Made in Burundi”…
Mu kiganiro c’abavugizi b’inzego kiriko kirabera ku murwa mukuru w’intara ya Muyinga kuri uno wa gatanu igenekerezo rya 21 Ruheshi umwaka w’2019, mw’ijambo ryo kwugurura ico kiganiro umuvugizi w’umukuru w’igihugu Jean Claude…
Lors d’un point de presse de ce mardi 18 juin 2019, le Ministre de l’Environnement, de l’Agriculture et de l’Elevage Dr Déo Guide Rurema a indiqué que la saison agricole 2019B a été caractérisée par une très bonne production…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.