Ibiciro vy'ibidandazwa vya nkenerwa nk'umuceri n'ibiharage bimaze imisi vyongeweko amafaranga ashika ku majana atandatu ku kilo kimwe (600Fbu) mw'isoko nkuru yo mu gisagara ca Rumonge. Iryo duzwa…
Ibihugu bigize umuryango wa Afrika y’ubuseruko EAC (East Africa Community) vyaraye bitanguje isekeza ryo kurwanya umugera wa Corona, iryo sekeza rikaba ritegurwa kuzoba kuva kw'igenekerezo rya 25 Ntwarante gushika…
Ibanki Nkuru y'igihugu BRB yaraye ifashe ingingo yo kwaka impusha amashirahamwe yose acuruza amafaranga mvamahanga yari asanzwe yemewe. Mw’itangazo ryasohowe n'umukuru w'iyo banki, Ciza Jean, avuga ko iyo…
Inyuma y'igihe abaganga bari muri yegereyegere kugira umushahara wabo uharurwe mu mafaranga y'abanyamerika, umunyamafaranga w'umunya Zimbabwe ariko akorera mu bwongereza yemeye kuzoriha abaganga bose…
Mu gihe integuro y’itegeko ritekerera umukuru w’igihugu arangije ikiringo ryavuye muri Reta ryategekanya imiliyoni 500 z’amafaranga y’amarundi, inama nshingamateka yayagwije na kabiri n’ukuvuga ko azotekererwa umuriyaridi…
Abantu 17 bo mw'ishirahamwe Crowd1 ricuruza amafaranga ku buhinga ngurukanabumenyi bari mu minwe y'igipolisi bagirizwa gukora inama y'ishirahamwe ritazwi n'amategeko. Umuvugizi w'ubushikiranganji…
Aho yari yatumiwe mu nama nshingamateka kugira ngo ashikirize ivyaranguwe mu bushikiranganji bumwegukira, icegera ca kabiri c'umukuru w'igihugu yarahumurije abashingamateka n'abakenguzamateka. Kuri uyu wa…
Mu kiganiro yahaye abamenyeshamakuru kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 10 kigarama 2019, Edouard Nyandwi, umunyamabanga ntayegayezwa mu bushikiranganji bw’ugutwara ibintu n’abantu, yamenyesheje ko hari ubwato bugiye…
Mw’itangazo ryaraye risohowe kuri uyu wa mbere itarike 25 Munyonyo 2019 n’ubushikiranganji bw’amasoko ntanga nguvu, ubutare n’agataka , abadandaza bose b’inzahabu bazifise mu bubiko basabwa kuzigurisha vuba bwango kuri banki…
Umushikiranganji Pascal Barandagiye ahamagarira ba buramatari hamwe n’umukuru w’igisagara ca Bujumbura gukoresha ububasha bwose bafise maze batuze abariko baraduza uko bishakiye ibiciro vy’umwavu wa FOMI hamwe n’isima ya…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.