Ubushikiranganji bw’intwaro yo hagati mu gihugu, iterambere rusangi n’umutekano bwasubiye kugabisha abantu canke amashirahamwe abandanya atoza amafaranga bita ay’imbuga ku bituro ko abazofatwa bazohanwa hisunzwe amategeko.…
Imiriyaridi zababa 2 z'amafaranga y'amarundi niyo akenewe kugira ikivuko ca Bujumbura kibangamiwe n'iduga ry'amazi y'ikiyaga Tanganyika gisanurwe mu kurindirika ibikorwa vyo kucagura. Umushikiranganji…
Ikawa nziza (cerise A) izogurwa amafaranga 700 ku kiro, mu gihe ikawa y'ibisobwa (Cerise B) izogurwa amafaranga 350 ku kiro, kuva mw'isizeni yo mu mwaka w'2021 ishira umwaka w'2022. Ni mu gihe ikawa nziza…
Umushikiranganji wa mbere CPG Alain Guillaume Bunyoni ashikiriza ko abantu bose baje gucukura ubutare mu Burundi basanze babiba, uwobareka ngo yosanga basize isi y'Uburundi bayuguruye bakayisiga irangaye hakabura…
Ikigo kijejwe kwegeranya amatagisi n’amakori OBR kiramutsawa umuyobozi mushasha kuva kuri uno wa gatatu, igenekerezo rya 14 Ndamukiza 2021. Nk’uko biri mw’itegeko ry’umukuru w’igihugu inomero 100/111 ryo kuri uyu wa 14…
Nk’uko bwari buheruka kubishikiriza, ubushikiranganji bw’uburimyi, ubworozi n’ibidukikije ngo buca bushira mu ngiro ingingo yo kugura ikiro c’intete z’ibigori amafaranga 680 ku kiro mu gihugu cose. Mu kiganiro…
Ubushikiranganji bw’intwaro yo hagati, iterambere rusangi n’umutekano buragabisha abaranzi bahuza umuguzi n'uwugurisha (commissionnaires) bakorera ku masoko atandukanye ko uwo murimo bakora utemewe n’amategeko. Mu…
Amazu y'idandarizo arenga 150 yubatswe hanze y'isoko ya Jabe mu gisagara ca Bujumbura ku ruhome rugize uruzitiro rwiyo soko yose yasambuwe mu gatondo ko kuri uyu wa gatandatu, igenekerezo rya 27 Ntwarante 2021. Iyo…
Ingingo yo guhagarika gutoza amafaranga ku bituro vy'abunguruza abantu n'ibintu ni ntabanduka. Vyashikirijwe n'umushikiranganji w'intwaro yo hagati, iterambere rusangi n'umutekano Gervais Ndirakobuca…
Le Premier Ministre CPG Alain Guillaume Bunyoni a effectué ce jeudi 11 mars 2021, une visite officielle au sein de la Brarudi, une société dans laquelle l’Etat du Burundi détient des actions. Comme l’a souligné le Premier…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.