Umukinyi w’umurundikazi akina muri Egypt Sandrine Niyonkuru gushika ubu ntararonka uwumuhagarika . Kuri uwu wa mbere igenekerezo rya 27 Ruhuhuma 2023 , umurwi TUT Fc wari uramutse ukina na Amereya Fc. urwo rukino rukaba…
Mu mpera z’ino ndwi , ihiganwa ryo mu cicaro ca mbere mu Burundi rizoba rigeze ku ndwi igira 21. Ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 25 Ruhuhuma 2023 : - Isaha indwi 13h00 ku kibuga Urunani Umurwi wa Rukinzo Fc…
Nkurunziza Yannick batazira Mkude yashize umukono ku masezerano yo gukinira umurwi wo mu cicaro ca mbere mu gihugu ca Turquie witwa Antalyaspor. Uwo mukinyi yari ameze amezi ari mw’igeragezwa muri uwo murwi , bikaba…
Kizigenza w’Intamba mu rugamba Saido Berahino ariko yigenza neza muri Chippre . Ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 18 Ruhuhuma 2023 , umugwi Ael Limassol ukinamwo Saido Berahino wari waramutse utana mu mitwe n’umurwi wa Ael…
Umurwi Vital’o Fc waraye utakaje urukino rw’indwi ya 20 utsinzwe n’umurwi Bumamuru FC . Hari kuri uyu w’Imana waraye uheze igenekerezo rya 19 Ruhuhuma 2023 , isaha icenda z’umuhingamo 15h00 mu Cibitoke ku kibuga Urunani aho…
Inyuma yaho umurwi Bumamuru Fc unyagiriye Vital’o Fc , imvukira zo muri iyo ntara zatanze agashirukabute ku bakinyi b’uwo murwi . Hari kuri uyu w’Imana igenekerezo rya 19 Ruhuhuma 2023 , aho umurwi Bumamuru Fc wo mu ntara ya…
Ihiganwa ry’abigeme Lumitel Women’s League rigiye kubandanya ku ndwi igira 12 yaryo . Urukino rukomeye cane ni urukino ruzoba ku musi w’Imana igenekerezo rya 19 Ntwarante 2023 isaha zitatu zo mugitondo 9h00 ku kibuga Gatwaro…
Umurwi Bujumbura City uhambije Vital’o Fc mu Kayanza . Amakuru Indundi Sports yaronse n’uko umurwi wegukira igisagara ca Bujumbura , Bujumbura City ugiye kuza urakirira inkino zawo mu ntara ya Kayanza ku kibuga Gatwaro . Ayo…
Umukinyi w’Umurundi Hussein Shabani Tchabalala yaraye afashije As Kigali kunganya na Sunrise Fc. Kuri uyu wa kane igenekerezo rya 16 Ntwarante 2023 , niho umurwi As Kigali wari wakiriye umurwi Sunrise mu rukino…
Umurwi Espoir Fc wo mu cicaro ca mbere mu Rwanda uhejeje kumenyesha icese ko ugiye kumenyerezwa n’umumenyereza w’umurundi Gustave Niyonkuru . Uwo mumenyereza akaba agiye kumenyereza umurwi Espoir Fc mu kiringo…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.