ku musi wa gatatu igenekerezo rya 11 Nzero 2023 hakozwe itombora y’ingene imirwi izohura mu nkino za mbere z’igikombe citiriwe umuhisi Prezida Nkurunziza . Ni ubwambere Fondation Pax Burundi itunganya ico gikombe…
Unumenyereza w’umurwi Messager Ngozi Jimmy Ndayizeye niwe yatahukanye agashimwe gatangwa na AASBU ku kwezi kwa Myandagaro mu nkino 4 za mbere . Uwo mumenyereza yaronse amanota 10 n’ibitsindo 7 , agaca akurikirwa…
Umukinyi w’Umurundikazi Uwimana Aniella abandanya yigenza neza mu gihugu ca Tanzania . Hari ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 07 Nzero 2023 aho umugwi w’abagore Yanga Princesse ukina mu cicaro ca mbere mu gihugu ca…
Umumenyereza Joslin Bipfubusa yari yafashije Bumamuru gutahukana igikombe c’Umukuru w’igihugu c’umwaka 2021-2022 munyuma aca yerekeza muri Tanzania yagarutse muri uwo murwi . Joslin Bipfubusa yahora amenyereza…
Uwahoze ari umumenyereza mukuru w’umurwi Magara Young Boys Ismail Nduwantare yerekeje mu murwi Olympic w’i Muyinga . Uwo mumenyereza akaba yemereye Indundi Sports y’uko agiye kumenyereza uwo murwi wo mu ntara ya…
Umukinyi w’umurundikazi Sandrine Niyonkuru yaguzwe mu mugwi wa Tutankhamun Fc wo mu cicaro ca mbere muri Egypt . Uwo mukinyi w’umurundikzi akaba yaraye ashize umukono ku masezerano yo gukinira uwo mugwi mu kiringo…
Biravurwa ko Umumenyereza mukuru wa Kayanza United Niyonkuru Gustave ashobora gushira umukono ku masezerano yo kumenyereza umugwi Espoir Fc wo mu cicaro ca mbere mu gihugu c’Urwanda . Gustave Niyonkuru akaramuka agiye…
Umugwi Aigle Noir Cs waraye unganije na Chipukizi Fc muri rya higanwa rya Mapinduzi Cup ririko ribera mw’izinga rya Zanzibar . Hari kuri uyu wa mbere igenekerezo rya 02 Nzero 2023 , aho umugwi Aigle Noir Cs wa…
Umukinyi w’intamba mu rugamba Saidi Ntibazonkiza yaraye yemeje abakunzi b’umugwi Simba Sc wa Tanzania ndetse n’abasanzwe barongoye uwo mugwi . Hari ku musi wa gatanu igenekerezo rya 30 Kigarama 2022, aho umugwi Simba…
Bimenyimana Bon Fils Caleb n’umugwi wiwe Kaizer Chiefs baraye barangije umwaka w’i 2022 neza . Hari ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 31 Kigarama 2022 , aho umugwi Kaizer Chiefs wari wagarutse mw’ihiganwa rikuru ry’igihugu…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.