Umukinyi w’inyuma w’intamba mu rugamba Ramazani Diamant agiye gukina mu gihugu ca Espagne. Kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 21 Nyakanga 2022, niho umukinyi w’intamba mu rugamba Diamant Ramazani asanzwe ari mukuru wa…
Umugwi Garage Express wo mu cicaro ca kabiri mu ntara ya Gitega ugiye kuzoza urambikwa n’ishirahamwe rikora ivyo kwambika imigwi Fitness For Life LTD rirongowe n’umurundi aba mu Bwongereza Ndayishimiye Warren Chebby. Hari…
Inyuma yo gusezerera umugwi Al - Ittihad wo muri Libiya, umugwi Flambeau du Centre wakiriwe neza i Bujumbura. Hari kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 20 Nyakanga 2022 isaha icenda 15h00 , niho abakinyi b’umugwi Flambeau du…
Uburundi mu mezi ari mbere bushobora kugira ikibuga cakira inkino mpuzamakungu. Kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 20 Nyakanga 2022, niho abarongoye ishirahamwe ry’umupira w’amaguru mu Burundi bari bakoranye mu ntumbero yo…
Umusatirizi w’intamba mu rugamba Bon Fils Caleb yaraye afashije umugwi Kaizer Chiefs gutsinda Super Sport united. Hari ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 17 Nyakanga 2022 aho umugwi Kazir Chiefs ukinamwo umusatirizi…
Berahino yaraye yinjiie igitsindo ciwe ca mbere mu mugwi wiwe mushasha wo muri chypre. Hari ku musi wa gatandatu waraye uheze igenekerezo rya 17 Nyakanga 2022, aho ihiganwa ryo mu cicaro ca mbere mu gihugu ca Chypre ryari…
Umugwi Flambeau du Centre waraye wanditse amateka mu gusezera umugwi Al Ittihad wo muri Libiya. Hari kuri uyu w’Imana igenekerezo rya 18 Nyakanga 2022, aho umugwi Al- Ittihad Tripoli wo muri Libia wari wakiriye umugwi…
Umumenyereza w’umurundi Ferouz Haruna amenyereza umugwi Rutsiro Fc wo mu cicaro ca mbere mu gihugu c’Urwanda yatanguye anganya na Marine Fc inyuma yo gushira umukono ku masezerano yo kumenyereza uwo mugwi mu kiringo c’umwaka.…
Umukinyi wo hagati w’intamba mu rugamba hamwe n’umugwi Instabul Basaksehir wo muri Tuquie Ndayishimiye Youssuf Nyange abandanya afasha umugwi wiwe ku rugero rushimishije. Hari kuri uyu wa kane igenekerezo rya 15 Nyakanga…
Umukinyi w’inyuma w’intamba mu rugamba Fréderic Nsabiyumva agiye gukina ku mugabane wa Buraya. Nsabiyumva yaraye ashize umukono ku masezerano yo gukinira umugwi Vasteras SK ukina mu cicaro ca kabiri mu gihugu ca Suède mu…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.