Inyuma yo gusezerera umugwi wa Aigle Noir The Fighters bawutsinze ibitsindo 2-1 mu rukino rwo gusubiriza rw'igikombe c'Umukuru w'igihugu , Umumenyereza wa Rukinzo Fc Amissi Bagumako yashimishijwe n'iyo…
Mugihe aho hambere ikibuga c'imakamba citwa Peace Park Complex muri kino gihe camaze kwongerezwa irindi zina iryo naryo nirya nyenicubahiro Umukuru w'igihugu cacu c'Uburundi Petero Nkurunziza . Ivyo bikaba…
Intsinzi ya Messager Ngozi y'ibitsindo 2 kuri 1 ca BS Dynamik yatumye Messager Ngozi yiyongera amahirwe yo gutahukana igikombe ca Primus league co muri uno mwaka (2019-2020). Messager Ngozi isigaje urukino rwa Inter…
Umumenyereza w'umugwi wa Rukinzo Fc , Amissi Bagumako yaraye ashikirijwe agashimwe k'umumenyereza yavyitwayemwo neza mu kwezi kwa gatatu. Hari ku musi wa gatatu igenekerezo rya 30 Rusama 2020, isaha icenda 15h00…
Kuva ku musi wa gatandu igenekerezo rya 30 no ku musi w'Imana igenekerezo 31 Rusama 2020, ihiganwa ryo mu cicaro cakabiri League B ryarabandanije kundwi ya 10, uku niko imigwi yatsindanye : - Umugwi wa Telaviv watsinze…
Kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 29 Rusama 2020, niho twabona ikete rya bamwe mu barongoye imigwi yakirira inkino ku kibuga c'intwari bari bagiye hamwe bandikira uwutwara ishirahamwe ry'umupira w'amaguru mu…
Mugihe ishirahamwe ry'umupira w'amaguru mu Burundi FFB ryamaze gufata ingingo yo kwemerera abakunzi b'imigwi iyariyo yose ikinira ku kibuga c'intwari kuzohora ijana abarorerezi 50 kuri buri mugwi,…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.