Umukinyi w'umusatirizi w'intamba mu rugamba Hussein Shabani Tchabalala akinira umugwi wa Bugesera Fc abona y'uko Umugwi wa Musongati Fc ariwe ukwiriye gutwara igikombe ca Primus league kuko ngo niwo mugwi…
Umukinyi wo ku ruhande mu mugwi nserukira gihugu w'intamba mu rugamba Hussein Shabani Tchabalala yiyongereye ku rutonde rw'abakinyi b'intamba mu rugamba Indundi Sports izi basanzwe bafise inzu…
Umutwe Zinedine Zidane yakubise Materazzi mu mwaka wa 2006 ngo vyavuye ku majambo yerekeza kuri mushikiwe. Mu kiyago uwo mukinyi wa kera w’ubutariyano aheruka gutanga yavuze neza ivyo yabwiye Zinedine Zidane, aho bari bamaze…
Kizigenza w'umugwi nserukira gihugu w'intamba mu rugamba Saido Berahino akinira mu mugwi wa Zulte Weregem wo mu cicaro ca mbere mu gihugu c'Ububirigi ashobora kwimukira mu wundi mugwi . Ivyo bikaba vyaraye…
Komite y'ishirimwe ry'umupira w'amaguru kw'isi FIFA igiye kwongereza igitigiri c'abakinyi bazohora basubirira abandi mu kibuga ni ukuvuga bavuye kuri batatu gushika kuri batanu mu rukino rumwe. imvo!--more-->…
Kuri uyu wa kabiri waraye uheze igenekerezo rya 28 Ndamukiza 2020, Niho umushikirangaji wa mbere w'igihugu c'ubufaransa Edouard Philippe ari imbere y'abashingamateka yamenyesha y'uko inkino zose za Sports…
Umugwi wa Arsenal niwe ufata ikibaza ca mbere mu migwi iriko ihiganira kugura umukinyi w'umunya Brazil Willian akinira umugwi wa Chelsea ivyo bikaba vyavuzwe ni kinyamakuru ESPN. Bikavugwa y'uko Willian yananiranye…
Jeannot Witakenge Umukinyi wo hagati yigeze gukinira Umugwi wa inter Star mu myaka ya 1994, 1995, yitavye Imana ku mugoroba wo kuri uyu wa gatandatu Igenekerezo rya 24 Ndamukiza 2020, mu bitaro vy'ibukavu vyitwa…
Kuri uyu wa gatanu waraye uheze Igenekerezo rya 24 Ndamukiza 2020 , nuho ishirahamwe ry'umupira w'amaguru mu gihugu ca Hollade canke Pays bas ryamenyesha icese y'uko ihiganwa ryo muri ico gihugu ry'uno…
Umukinyi wo kuruhande w'umugwi wa Chelsea Umunye Brezile Willian ashobora kutaguma mu mugwi wa Chelsea bivanye n'uko ibiganiro vyiwe na Chelsea bimeze nkibiriko bicumbagira muri kino gihe. Willian akaba azorangiza…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.