Ishirahamwe ry'umupira w'amaguru mu Burundi FFB ryashize ahabona abakinyi bafise ibitsindo vyinshi gusumba abandi mw'ihiganwa rya Primus league .Akaba ari aba bakurikira :1) Iddy Muserem akinira umugwi…
Ku musi w'Imana igenekerezo rya 29 Ntwarante 2020, isaha icenda 15h00 ku kibuga c'intwari niho umugwi wa Vital'o Fc uzokwakira umigwi wa Musongati Fc wo mu ntara ya Gitega mu rukino rwo gutangura…
Mugihe umugwi wiwe wa Musongati wari uhejeje kunganiriza i Gitega n'umugwi wa Messager Ngozi igitsindo 1-1, umumenyereza w'umugwi wa Musongati Niyonkuru Jumaine yagize ico ashikiriza Indundi TV. Akaba yarabwiye…
Mugihe amaze indwi zirenga zibiri ataboneka mu kibuga Saido Ntibazonkiza yamaze gutangura imyimenyerezo n'abandi. Ku makuru yo kwizera Indundi Sports yaronse ni uko uyo kizigenza w'umugwi wa Vital'o Fc…
Mugihe umugwi wa Messager Ngozi wari wakiriwe i Gitega n'umugwi wa Musongati Fc mu rukino rw'indwi ya 26 y'ihiganwa rya Primus league aho iyo migwi yanganije igitsindo 1-1 , umumenyereza wa Messager Ngozi…
Cristiano Ronaldo hamwe n’abandi bakinyi batandukanye batanguye gushira amafaranga yabo mu kugwanya ikiza ca Covid-19 cateye isi. Amakuru dukesha ikinyamakuru Fox Sports avuga ko uwo mukinyi afatanije n’umwe muba Agent…
Mu kiganiro yakoranye na Indundi Sports Umukinyi w'intamba mu rugamba akina mu gihugu ca Holland mu mugwi Heracles Almelo Mohammed Amissi yarashoboye kuvuga izina ry'umukinyi akunda cane kw'isi gusumba abandi…
Igihe umugwi wa Les liérres wariko uratana mu mitwe n’umugwi wa Rukinzo Fc umumenyereza wa Les liérres Bimenyimana Robert ntiyagaragaye ku ntebe y'ubumenyereza . Aganiriye na Indundi Sports , Bimenyimana Robert yavuze…
Kuri uyu wa Mungu waraye uheze igenekerezo rya 22 Ntwarante 2020, isaha 8h00 zo mugatondo niho umumenyereza w'umugwi wa Flambeau du centre Ferouz Haruna yagira isanganya ari kw'ipikipiki yiwe. Iryo sanganya…
Mu kiganiro yakoranye na Indundi TV umuyobozi mu binjanye n'ubuhinga mu mugwi wa Vital'o Fc Kanyenkore Jean-Gilbert Yaoundé yavuze y'uko umugwi nserukira gihugu w'intamba mu rugamba ariwo ukomeye gusumba…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.