Kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 14 Kigarama umwaka wa 2018 niho ishirahamwe ry’umupira w’amaguru mu Burundi FFB ryashize ahabona ingene imigwi izosangira ivyiciro , aho hakaba habonetse ivyiciro bibiri aho iciciro ca!-->!-->!-->…
Kuri uyu wa Kane igenekerezo rya 13 Kigarama umwaka wa 2018 , niho haraye hatowe ijonjora ry'uko imigwi izohura mu gikombe ca CAN U 20 izobera muri Niger mu ntango z'umwaka buca dutangura mu kwezi kwa 2!-->!-->!-->…
Credit photo : Burundi Sports Mu nkino zibiri z'ibirarane za Primus League zaraye zibereye ku kibuga citiriwe umuganwa Rudoviko Rwagasore kuri uyu wa gatatu waraye uheze igenekerezo rya 12 Kigarama umwaka wa 2018, aho!-->!-->!-->…
Uwahora amenyereza umugwi Olympic Star mu mwaka uheze umumenyereza Hussein Welo yaraye asubiye muri uyo mugwi giturumbuka. Ivyo bikaba vyaraye vyibonekeje mu gisagara ca Muyinga aho uyo mumenyereza Hussein Welo kuri uyu!-->!-->!-->!-->!-->…
Kuri uyu wa gatatu waraye uheze igenekerezo rya 12 Kigarama umwaka wa 2018 ihiganwa ry'iburayi UEFA champions league ryaraye ribandanije ku migwi yari isigaje inkino zimwe zimwe mw'itsinda. Uku niko baraye batsindanye: !-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->…
Kizigenza w'Umugwi nserukira gihugu w'Intamba mu rugamba Ndikumana Suleiman yahawe amasezerano yo gukunira Aladalah . Kuri uyu wa Mbere waraye uheze igenekerezo rya 10 Kigarama umwaka wa 2018 niho uyo kizigenza!-->!-->!-->!-->!-->…
Mac arthur ku kibuga c'indege ca Bujumbura Umunyegori w'Intamba mu Rugamba Arakaza Mac Arthur yuriye indege agana mu gihugu kitaramenyekana . Inyuma y'imisi ibiri haguma haboneka ifoto Ku mbuga ngurukana!-->!-->!-->!-->!-->…
Kuva kw'igenekerezo rya 8 na 9 Kigarama umwaka wa 2018 ihiganwa rya Primus league ryarabandanije ku ndwi ya 17 . Uku Niko imigwi yose yatsindanye: Aigle Noir itsinda Buja city ibitsindo 3 kuri 1. Les lierres yanganije!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->…
Inyuma yo gushira umukono Ku masezerano yo gukinira umugwi Sofa paka imyaka Ibiri (2) ,Umunyegori w'Intamba mu Rugamba Justin Ndikumana yashizwe ahabona mu bakinyi Sofa paka izokwifashisha mw'ihiganwa…
Kuva kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 08 Kigarama umwaka wa 2018 no kuw'Imana igenekerezo rya 09 Kigarama umwaka wa 2018, ihiganwa rya Primus league rizoba riteye ku ndwi ya 17. Uku ariko imigwi igiye guhura…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.