Indundi Culture | Magazine
  • Home
  • entertainment
  • radio
  • sport
  • videos
  • Language
  • Diaspora
Create
Indundi Culture | Magazine
  • Home
  • IKIRUNDI_news
  • Page 104

IKIRUNDI_news

AllAyagezwehoImyidagaduroInkinokirundikirundi_actualitekirundi_entertainmentkirundi_Sports
homepage

Ubugira gatatu ikigo c’igisha umupira w’amaguru Académie Zoé catunganije ihiganwa

by admin
2 years ago
180
homepage

Patrick Sangwa Mayani ahejeje kuduza Umugwi Aywaille FC mu cicaro ca Kabiri

2 years ago
210
homepage

Uburundi ntibworohewe mu nkino z’igikombe ca…

2 years ago
239
football

Umumenyereza wa BUMAMURU Alain Olivier Niyungeko…

3 years ago
410
#Indundi Sports| Innocent Kambaranga muri Moso Sugar
football

#Indundi Sports| Innocent Kambaranga muri Moso Sugar

Inyuma yo kumara igihe ata mugwi abarizwamwo, umumenyereza Harerimana Innocent Kambaranga abarizwa muri Moso Sugar. Kuri musi wa kabiri igenekerezo rya 16 Myandagaro 2022 , niho uwahoze amenyereza umugwi Flambeau du Centre…

bosingwaby bosingwa
Aug 18, 10:33 am
208
NT Kadhafi ngo Preeze na 19th ntibarimwo
Burundi

NT Kadhafi ngo Preeze na 19th ntibarimwo

Indirimbo 36 nizo zigiye gusohorwa n'umugwi Overdo team, umugwi usanzwe ukora umudiho wa Hip Hop. Abo basore bakaba ngo bazosohora izo ndirimbo nk'urukurikirane. Izo ndirimbo zose nk'uko umwe mubagize uwo mugwi…

yanickby yanick
Aug 18, 9:50 am
185
#Indundi Sports| Birangiye Urwanda rudutwaye Ndizeye Samuel
abakinyi bakina hanze

#Indundi Sports| Birangiye Urwanda rudutwaye Ndizeye Samuel

Umukinyi w’inyuma afise umuvyeyi umwe w’umurundikazi n’uwundi w’umunya Rwanda Ndizeye Samuel,  yahamagawe ubwa mbere mu mugwi nserukira gihugu w’Urwanda Amavubi ugiye kwitegurira inkino zibiri zo…

bosingwaby bosingwa
Aug 18, 9:24 am
326
Fabelove ngo ama Awards naherekezwe n’amabahasha
homepage

Fabelove ngo ama Awards naherekezwe n’amabahasha

Abategura ama Awards ngo nibabitegure neza biherekezwe n'agafaranga apana ko abantu batahana ubushimwe butagira ibibuherekeje. Fabelove akaba avuga ko ari vyiza ngo kuko ama Awards asigaye atangwa mu mice yose. Akaba…

yanickby yanick
Aug 18, 7:40 am
254
Iry Tina yasohoye amasanamu ya Nakupenda na Pallaso
Entertainment

Iry Tina yasohoye amasanamu ya Nakupenda na Pallaso

Inyuma y'amezi 10 ashize ahabona amajwi y'indirimbo Nakupenda yakoranye na Pallaso, umuririmvyi w'umunya Uganda, Iry Tina yashize ahabona amasanamu y'iyo ndirimbo. Mu masaha 20 gusa, iyo ndirimbo ikaba…

yanickby yanick
Aug 17, 9:35 am
124
Dj IRA ashobora gutahukana DJ’s Battles competition I Kigali
homepage

Dj IRA ashobora gutahukana DJ’s Battles competition I Kigali

Mu misi iheze twari twabashikirije amakuru ko umwigeme w'umunyagitega asanzwe arangurira imirimo yiwe i Kigali mu Rwanda, ariwe azokwakira umuririmvyi Kizz Daniel mu giteramo azokorera i Kigali, kandi ko asanzwe…

yanickby yanick
Aug 17, 9:25 am
134
Nelly Net ngo azokwitwara ku mukuru w’igihugu
homepage

Nelly Net ngo azokwitwara ku mukuru w’igihugu

Mu gihe kuri uyu wa 2 hiriwe amakuru y'ukwitwarirwa kwa Wiz Designer na bamwe mubo baheruka gukora igiteramo ariko nticagenda nk'uko bavyipfuza, Nelly Nat we avuga ko we agiye kwitwara ku mukuru w'igihugu.…

yanickby yanick
Aug 17, 8:11 am
157
Ya ndirimbo ya Double Jay na Kenny Sol yamenyekanye
homepage

Ya ndirimbo ya Double Jay na Kenny Sol yamenyekanye

Mu misi iheze hari amakuru yavuzwe menshi ko umuririmvyi Double Jay afise Collabo yakoranye na Bruce Melodie ariko vyanse ko isohoka kuko boba bamusavye ko atanga amafaranga muri Bantu Bwoy kugira iyo ndirimbo ibashe…

yanickby yanick
Aug 17, 7:59 am
224
Indundi Sports | Ivyo Fondation Pax Burundi imaze kurangura nivyo igiye kurangura mu misi iri mbere
football

Indundi Sports | Ivyo Fondation Pax Burundi imaze kurangura nivyo igiye kurangura mu misi iri mbere

Kuri uyu w’Imana waraye uheze igenekerezo rya 14 Myandagaro 2022 isaha zine zo mugitondo 10h00 kuri Tropitel Hotel ku murwa mukuru wa poritike i Gitega, ikigo  Fondation Pax Burundi cari kiramutse gitunganya ikiganiro ku…

bosingwaby bosingwa
Aug 16, 8:25 am
155
# Indundi Sports | Basketball : Abakinyi b’Urunani bagiye gutangura imyimenyerezo y’inkino za African League Bal
abakinyi bakina hanze

# Indundi Sports | Basketball : Abakinyi b’Urunani bagiye gutangura imyimenyerezo y’inkino za African League Bal

Imyimenyerezo yo kwitegurira inkino  zo gukurakuranamwo za Basketball African League ( BAL) iza gutangura kuri uyu wa mbere igenekerezo rya 15 Myandagaro 2022 isaha zine 10h zo mugitondo ku kibuga co muri Quartier Jabe III.…

bosingwaby bosingwa
Aug 15, 12:56 pm
203
  • Previous
  • 1
  • …
  • 102
  • 103
  • 104
  • 105
  • 106
  • …
  • 451
  • Next

Weekly Popular

Amazing
111

19 Times Women Were Total Bosses While Lifting Each Other Up

#Indundi Sports| Uburundi bwatakaje  ikibanza kimwe muri FIFA
abakinyi bakina hanze
330

#Indundi Sports| Uburundi bwatakaje ikibanza kimwe muri FIFA

A kayanza, 3 femmes appréhendées en possession illégale de Coltan condamnées
Uncategorized
208

Kayanza: Three women apprehended in illegal possession of Coltan, sentenced

Youssuf Nyange mu nzira yo gutanguzwa muri Yeni- Malatya Sport
CAN2019
109

Youssuf Nyange mu nzira yo gutanguzwa muri Yeni- Malatya Sport

Burundi
107

Bain Turo aremeza ko uguteba kwiwe kuzosobanura vyinshi mumaso y’abibaza ko yihenze.

Indundi Culture | Magazine
© 2026 Indundi Culture | Magazine - Burundi Entertainment theme by akbilisim.
  • Home
  • entertainment
  • radio
  • sport
  • videos
  • Language
  • Diaspora
Indundi Culture | Magazine
  • Home
  • entertainment
  • radio
  • sport
  • videos
  • Language
  • Diaspora
  • Home
  • entertainment
  • radio
  • sport
  • videos
  • Language
  • Diaspora
© 2026 Indundi Culture | Magazine - Burundi Entertainment theme by akbilisim.
Create

Login

Welcome, Login to your account.

  • Login With Facebook
  • Google
  • Twitter
Or
Forget password?

Register

Welcome, Create your new account

You have an account? Go to Sign In

Recover your password.

A password will be e-mailed to you.

Sign In