Inyuma yo gutwara igikombe c'amahoro c’umwaka uheze , umugwi As Kigali ukinamwo abasatirizi babiri b’abarundi aribo Hussein Shabani Tchabalala hamwe na Landry Ndikumana waraye utahukanye igikombe ca Super League,…
Umukinyi Ramazani Largie w’imyaka 21 yaraye yinjije igitsindo ciwe ca mbere muri Laliga. Hari kuri uyu w’Imana igenekerezo rya 14 Myandagaro 2022 , aho ihiganwa ryo mu gihugu ca Espagne (Laliga ) ryatangura icese . Umugwi UD…
Inyuma yo kuboneka mu rutonde rw’abakinyi PSG itazokwifashisha muri uno mwaka umukinyi Thilo Kehrer afise umuvyeyi umwe yamuka mu Burundi ashobora kwerekeza mu bwongereza. Thilo Kehrer vyavurwa ko ashobora kwerekeza muri…
Igenekerezo rya 13 Myandagaro 2022 niho hari harindiranywe igishika n'abahurikiye mw'ishirahamwe ry'abaririmvyi ( amicales des musiciens)mu gutora indongozi zizobaserukira mw'ishami ry'i…
Ku batabimenye ukutaboneka kwa Drama T mw'isabukuru rya Bantu Bwoy ryateguwe uno mwaka ku ncuro yaryo ya 2, ngo vyari bizwi na Big Fizzo naho atashimye kubishikirizako ikintu. Nk'uko bishikirizwa na Drama T ubwiwe,…
Ishirahamwe ry'abaririmvyi risanzwe rirongowe na Ndayishimiye Brighter, icegera ciwe Kimana Edith basanzwe barirongoye ku rwego rw'igihugu bakaba baratowe mu matora aheruka 2021 (amicale des musiciens). N'ubwo…
Kuva mu mwaka w’i 1986 ashigikira umugwi Inter Star gushika muri kino gihe ntawundi mugwi arakunda wa hano iwacu atari Inter Stars. Uwo ni umwe mu bakunzi b’uwo mugwi yitwa Mufugutu Bruce . Mu kiyago gito yagiranye…
Dj Saido ari muri bamwe basanzwe bavanga umuziki w'abarundi bakunzwe ku mugabane w'Uburayi, yamaze kumenyesha ko Big Fizzo yamaze gushika kuri uwo mugabane. Mugani ashitse kuri uwo mugabane mu gihe yitezwe i…
Ndikumwenyo Thierry , umurundi wa mbere anyaruka yaraye akoze amateka ku metero 3.000 Thierry yaraye afashe ikibanza ca mbere mu mahiganwa ya Diamond League yaraye abereye i Monaco mu Bufaransa, akaba yaraye agize umwanya…
Abakunzi b’umugwi Top Junior umubabaro ni wose inyuma y’uko ishirahamwe ELAGA risanzwe rikorera i Nyanza Lac mu Ntara ya Makamba riguze uwo mugwi. Uwo mugwi uzokorera mu ntara ya Makamba ukazotwarwa i Nyanza Lac nk'uko…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.