Kidum na Andy Mwag bagiye gusubira kuwakiriza hamwe hazoca uwambaye ku Mutwenzi bar Ishirahamwe rihingura ibinyobwa Brarudi ribicishije mu kinyobwa caryo Amstel n'abagenzi burwo rukanywa bategura gusangira…
Urunani ni umwe mu mirwi y'umupira w'amaboko Basketball mu Burundi witeguriye neza ihiganwa rigiye gutangura rwitirowe Viva basketball League. Ngo naho mw'ihiganwa rito ryo kwugurura ihiganwa rikuru batitwaye…
Indirimbo umuyabaga RMX ya Nziza Desire yakozwe kuva akiri mu karuhuko hano iwacu, ariko itari bwasohoke, igiye gushirwa ahabona. Nkuko vyabonetse ku rubuga rwiwe rwa Instagram, uwo muririmvyi yashize ahabona teaser…
Ku basanzwe bakurikirana urubuga rwa Facebook rw'ikinyamakuru cacu Indundi magazine, Mu misi iheze twari twabamenyesheje ko urubuga rwa Youtube rw'umuririmvyi Nasibu Abdoul Juma benshi muzi nka Diamond Platnumz…
Mu gihe hariho abatari bake badahengeshanya kumuba hafi igihe cose agize ibibazo, Olegue ngo iyo Ari mu munezero ngo ntamubona. Simbizi nawe abona ko umuririmvyi yarakwiye kuba afise abahanuzi bakomeye, bajejwe kuraba…
Abahora bidoga ko Edisson Ndayahoze ngo akunda bamwe mu kubamenyekanisha ku rubuga rwiwe rwa Facebook, abandi akabatera akagere, ngo barihenda cane. Uwo mumenyeshamakuru akorera insamirizi y'imicokama ngo uno musi…
Inyuma yo gutsindwa muri kimwe c'umunani gishira icanyuma umugwi Dynamo ugaca uba umwe mu mirwi yatsinzwe bukebuke gutyo bigatuma DYNAMO ija muri kimwe ca kane gishira icanyuma.Kuri uwu wagatandatu Dynamo yatsinze umugwi…
Naho Big Fizzo abazwa igihe azogarukira mu gihugu, ababiza akababwira ko nawe atavyazi, hari uwuriko arahamagara bitoroshe kuzobwira oya. Umutambikanyi wa Mugani Desire benshi muzi nka Big Fizzo ngo inkumbu afitiye umugabo…
Joslin Bipfubusa na Dr Jean Claude Majambere bakombowe mu mugwi Aigle Noir. Kuri uyu wa kabiri waraye uheze igenekerezo rya 19 Ndamukiza 2022, umunyamabanga mukuru w’umugwi Aigle Noir Niyonkuru Domitien, yasohoye ikete ryo…
Umukinyi wo hagati w’intamba mu rugamba na Kiyovu Sports yo mu Rwanda Bigirimana Abedi arabeshuza ibiriko bivurwa y’uko yoba amaze kugurwa na Young Africans. Kuri uyu wa kabiri waraye uheze igenenerezo rya 19 Ndamukiza 2022…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.