Iradukunda Elsa yigeze kuba Miss Rwanda 2017 yatawe muri yompi n'inzigo z'umutekano mu gihugu kibanyi c'Urwanda. Uwo mwigeme amakuru ava muri urwo rwego ngo yafashwr yagirizwa gukoresha impapuro za magendo…
Ihiganwa rikuru ry'umupira w'amaboko Basketball bitiriye Viva basketball League ku ndwi yaryo ya mbere ibintu ntivyari vyoroshe,imwe mu mirwi yitwara neza iyindi ntiyoroherejwe ku kibuga c'i Bujumbura ahasanzwe…
Ajs awards 2021 ni ihiganwa ryari rihurikiyemwo abaririmvyi batari bake nabo bagahiganwa mu mice itandukanye, Kumwe n'abakinyi muri football co kimwe na basketball. Abaririmba Hip pop bari ukwabo ,abaririmba ivyakaranga…
Mu biyandikishije muri DICOBU Music Awards 2022 harimwo umuririmvyi Daddy Face, nkuko yabiyagiye mugenzi wacu Adijoe mu kiganiro Diaspora Show. Muri ico kiganiro, uwo muririmvyi yavuze ko akirindiriye ko bamubwira uko…
Umukinyi wa kera mu mirwi nserukiragihugu intamba mu rugamba na Vital’o Fc , Nduwayo Stanley yaryamiye ukuboko kw’abagabo . Dr Wilson asanzwe avukana n’umuhisi Nduwayo Stanley Maradona , avuga ko basanze yaguye mu…
Mu gihe umugwi w'umupira w'amaboko Urunani bariko baritegurira ihiganwa rikuru bitiriye Viva basketball hamwe no gutanga agashimwe ku mukinyi yigenjeje neza mu kwezi kwa gatatu,Urunani bamaze gushira ahabona ukwo…
Ihiganwa rikuru ry'umupira w'amaboko Basketball mu Burundi buca ritangura ,iryo higanwa rikuru bitiriye Viva basketball League aho bukera rikazoba ritanguranye inguvu kuko imirwi nka yose yo muri FEBABU yamaze…
Umukinyi wa kera wa Vital’o Fc Godefroid Okoko niwe agiye kuza arafasha kumenyereza Umugwi Aigle Noir CS , Umugwi yigeze kumenyereza kera . Godfoird Okoko akaba yahora amenyereza umugwi Namungo Fc wo mu cicaro…
Asman Ndikumana batariza Garden ntakiri umukinyi w’umugwi Aigle Noir the Fightersi, vyo bika vyabonetse mu rwandiko rwasohowe n’ubuyobozi bw’umugwi Aigle Noir . Ndikumana Asman yagirizwa n’uburongozi bw’uwo mugwi kutaguma…
Lolilo Mzizi wa jiwe umuririmvyi amaze imyaka itari mike mu muziki ndundi, ugerageje kuraba niwe muririmvyi afise indirimbo nyinshi amaze no kugira collabo n'abaririmvyi bo muri East Afrika batari bake. Asanzwe yemera…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.