Habuze akanya isase Alvin Smith, Urubuga rwiwe rwa YouTube bari barumunyaze. Akoteshejwe urubuga rwiwe rwa Whatsapp, Alvin Smith yigamvye ku bariko bagerageza kumutwara urubuga rwiwe rwa YouTube, ariko ntivyakunda kuko…
Abaririmvyikazi b'abarundi bariko barakora ngo ni benshi cane, Kandi bariko bakora neza. Emelance Emmy yahavuye ava mu gacerere, atanga ukuri ku muzo wiwe hano iwacu, inyuma y'igihe atahabarizwa. Mu vyamushikanye…
Mu gihe ihiganwa ry'umupira w'amaboko Basketball ryo kurondera imigwi cumi izokwitabira ihiganwa rikuru bitiriye "Viva basketball League" riherutse gusozerwa,ishirahamwe ry'umupira w'amaboko…
Yamenyekanye kuva kera mu muziki ndundi na cane cane ku ndirimbo yiwe "Muyomba" mu nyandiko nziza ijwi ryiza no mu bicurarangisho ni bitumwako asanzwe ateramisha abantu mu muziki w’ikibiraho (karaoké) muri Band…
Abaririmvyi Double Jay na Kirikou bari muri Label ya Biliman Boy, bakwije views 1,000,000 ku ndirimbo yabo baheruka gukorana ariyo Ibisusu. Abo basore bakaba bashize ahabona iyo ndirimbo haraheze amezi 3 gusa, kuko hari mu…
Big Fizzo Ari mu kazi hamwe na Edith Stein ngo ivy'urukundo bibanza kuja ku ruhande, kuko nta bishobisho bashira mu kazi. Edith Stein asanzwe Ari umutambukanyi wa Big Fizzo akongera akaba n'umutambukanyi wiwe ngo…
Inyuma y’indwi n’igice habaye akajagari ku kibuga Intwari , mu rukino rw’igice 1/4 gishira ica nyuma c’igikombe c’umukuru w’igihugu cahuje Vital’o Fc na Bujumbura City , umugwi Vital’o Fc wahavuye uhanwa . Kuri uyu wa kabiri…
Inyuma y’indwi zigera kuri 3 z’akaruhuko yari yahawe n’umuganga wa Young Africans kubw’imvune , Saido Ntibazonkiza yatanguye imyimenyerezo n’abandi . Kuri uyu wa mbere waraye uheze igenekerezo rya 04 Ndamukiza uwo mukinyi…
Big Fizzo ngo abaririmvyi ba hano iwacu ikibishe n’ukubura indero, n’ukwivyimvya, ivyo akab aheruka kubiyagira imwe mu mboneshakure za hano iwacu, aho bariko baganira ku bijanye n’ibikorwa vyiwe. Uwo muririmvyi asanzwe muri…
Frank n'umu rapeur wa kera benshi bamumenye cane ari mu murwi wanajeshi wari ugizwe na Fizzo, T max, Makidadi na Frank, ni umurwi wabiciye biracika mu myaka iheze ariko ubu tukaba tutakibona ibikorwa vyawo. Frank Duniano…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.