Abarundi baba mu mahanga bahurikiye mw'ishirahamwe rya Diaspora Ndundi, bamaze iminsi itari mike bahanahana ivyiyumviro k'ubuzima bwa Diaspora Ndundi no ku migambi mikuru mikuru iryo huriro ry'abarundi…
Mu kiganiro yakoze kuri indundi Tv mu mpera z’umwaka wa 2021 yavuze ko ari mu myiteguro ya album yiwe agiye gushira ahabona mu ntango z'umwaka wa 2022 mu kwa gatatu, mu kubandanya turindiriye ko imvugo yoba ingiro iryo…
Tuvuze umuririmvyikazi ibikorwa vyiwe vyama biri ku gihe akwiye kubera n'akarorero abandi baririmvyikazi mu gushira umwete mu bikorwa vyabo, dutoye Natacha ntitwoba twihenze. Vyongeye yahawe ubutumire nk'umwe mu…
Mkombozi igihe kirekire atabarizwa mu gihugu c'Uburundi hafi imyaka 6 n'ubwo yagarutse yasanze ingwara ya Covid- 19 itorohereza abaririmvyi gukora ibiteramo, biri mu vyatumye adategura igiteramo ngo aryohere…
Kuri uyu wa mbere igenekerezo rya 28 Ntwarante 2021 mu kibanza ishirahamwe AMB rikorera ( Palais des arts), uburongozi bushasha bwatowe mw'ishirahamwe ry'abaririmvyi bwarakoranye mu nama ya mbere kuva ubwo…
Kuva haduka intambara muri Ukraine ihuza ico gihugu n'uburusiya, abenegihugu b'ibihugu bimwe bimwe bari bafise utwo bari barabitse ku ruhande cane cane muma Bank ngo bariko baradukurayo Ari benshi. Nkuko ikiganiro…
Kubwa Spok's ngo amashirahamwe akorera hano iwacu yarakwiye kwikubita agashi agatangura gushigikira ibikorwa vy'umuziki. Dushi Entertainment ishirahanwe ritegura ibiteramo n'ibindi bikorwa bitandukanye, riri mu…
B face ahanura abantu Bose ko bohagarika kwipfuza kuko n'ijambo ry'Imana rirabibuza. Mu kiganiro Face à face ca Siren Vibe, B Face yafashe akanya yishura ibibazo vy'abafana bariko baramubaza. Bimwe mu bibazo…
Abakorera kuri za mbuga za YouTube zigize imisi zihurumbirwa cane, ngo muri ino misi ico bahora bahabwa na bene YouTube ngo caragabanutse cane. Ange Minouche yashinze Magic Channel Tv, akaba avuga ko abantu batotangara cane…
Zinedine Zidane ngo ubu inzira n’imwe gusa, yerekeza muri PSG, kuko iyindi nzira yari ihari ngo yamaze gufungwa. Inyuma y’igihe hariko havugwa ko Zizou azokwerekeza muri PSG, ariko hakagumaho amadidane kuko uwo mumenyereza…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.