Umuririmvyikazi Natacha ngendabanka yigeze gukorana hafi na Nelly Nat, ubu bikavugwa cane ko akorana hafi na Edisson Ndayahoze, yoba ariwe mbarutso y'ibiheruka gushikirizwa na Nelly. Akoresheje urubuga rwiwe rwa…
Inyuma ya Emery Sun, umuririmvyi Big Zoe nawe ngo ari nka hamwe umuririmvyi Mugani Desire amukundiye ngo ntacobuza mu misi mikeya cane agarutse batokora igikorwa ciza. Uwo muririmvyi mu kiyago yagiranye na Indundi Tv, yavuze…
Mu gihe Diamond Platmunz abandanya kumenyekanisha EP yiwe nshasha biciye mu biganiro bitandukanye ariko arakora hirya no hino, uwo muririmvyi mu kiganiro yagiriye kuri WASAFI FM, yagarutse ku biriko bivugwa hagati yiwe na…
Kuri uyu wa gatatu waraye uheze igenekerezo rya 16 Ntwarante 2022, umumenyereza w’Intamba mu rugamba Jimmy Ndayizeye yaraye ashize ahabona urutonde rw’abakinyi 25 azokoresha mu nkino zibiri za kivandimwe Uburundi bwimirije…
Mu makuru yacu twari duherutse kubashikiriza twababwiye Ko mu kiganiro Sat- B yakoranye n'abakunzi biwe biciye kuri Facebook yiwe akiri muri Tanzania ikibazo c'umusi azogarukira mu Burundi y'ishuye ko ari vuba…
Muri ya ntumbero yo gushigikira ingabire nshasha mu gihugu, niho havuye ugukorana kwa Bantu Bwoy na Dj V-zeey. Mu kiyago na Isanamu Media, Big Fizzo yavuze ko Rodrigo azwi cane nka Dj V-zeey, amaze kubona ahatari hake avuza…
Collabo ya Sat-b na Big Fizzo ngo iramota, ivyo n'ivyo abo baririmvyi baheruka gushikiriza bose mu biyago baheruka kuganira n'abafana babo ku mihora ya Facebook basanzwe bakoresha. Mu gihe Big Fizzo yaheruka…
Naho bivugwa ko Cristiano Ronaldo ataryohewe muri Manchester United, inyuma y'igihe gito cane agarutse muri uwo mugwi wamubonye akura, ngo ugukinjura kwiwe muri uwo mugwi kwoba kutaratomoka neza. Uwo mutsinzi wa Ballon…
Inyuma y'indirimbo Vuga ikirundi, Pablo Tiken yakoranye na B Face yagize akamaro kanini nk'uko aheruka kubivuga muri kimwe mu biganiro vya hano iwacu, uwo muririmvyi yanavuze kw'ikorana ryiwe na Emery Sun. Muri…
Mw'ihiganwa ritegura ihiganwa rikuru ry'umupira w'amaboko Basketball bitiriye "Viva basketball League", iryo higanwa rizokwitabirwa n'imigwi 6 yo mugisagara ca Bujumbura n'imigwi 4 yo mu…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.