Mu misi 6 gusa, Urwanda rumaze gukingira abarenga ibihumbi 230 ikiza ca Covid-19. Aho ni mu gihe Urwanda rubaye urwa mbere muri kano karere Uburundi burimwo rwakiriye izo nkingo za Covid-19 co kimwe n’ugukingira Abenegihugu.…
https://youtu.be/TCdnzvQjFCY Kuri uwu wa 11 Ntwarante 2021 mu nyubakwa z'ikigo ca kaminuza y'Uburundi hahimbajwe ku ncuro ya gatatu umunsi mpuzamakungu wahariwe ururimi kavukire usanzwe uhimbazwa ku wa 21 Ruhuhuma…
Umushikiranganji w'ubutungane Jeanine Nibizi hamwe n'umukuru w'igisagara ca Bujumbura, Jimmy Hatungimana bahamagarira ubushikiranganji bwose guterera agacumu k'ubumwe mu mugambi "Ewe Burundi…
Mu ntumbero yo kurwanya no gutuza burundu urudandazwa rukorerwa abantu hamwe n'ubundi bubisha, igiporisi c’Uburundi giherutse gufata abantu harimwo abaporisi bahora bakorera abantu impapuro zo kuja hanze z’inyiganano…
Umumenyereza w’umugwi Musongati Fc yasubiye gutsindira agashimwe k'umumenyereza yaranze ukwezi kwa Ruhuhuma inyuma yo gutsindira ako mu kwezi kwa Nzero. Jean de Dieu mu nkino zine zakinwe muri uko kwezi yatsinze inkino…
Kuri uno wa kane igenekerezo rya 11 Ntwarante umwaka w’2021, umushikiranganji wa mbere CPG Alain Guillaume Bunyoni yaramutse agendera ihinguriro ry’ibinyobwa BRARUDI mu ntumbero yo kuraba ingene ririko rirarangura imirimo…
Abasokuru ntibayivugije bayiciye umurya! Ukwihwezana ubwitonzi n'ubwenge vyar'ivyabo cane. Imigani, canke uduca mugani badusigiye rero twuzuyemwo ubwenge bwinshi arico gituma ataworeka kuza aranatugarukako Muri ako…
Abaririmvyi batari bake iyo bagiye mu mahanga uca umengo ibikorwa vyabo vyazimye. Saidi Patrick azwi kw'izina rya Kay kay 4 Show abarizwa muri Canada yayaze na indundi magazine araca hirya no hino intambamyi bahura nazo,…
Umugwi Telaviv wo mu cicaro ca kabiri waraye usezereye Umugwi Aigle Noir The fighters uwutsinze ibitsindo 2-1 mu rukino rw’igice ca 16 gishira icanyuma c’igikombe c’umukuru w’igihugu. Ivyo bikaba vyaciye bituma…
Vyose bipfira mu mutwe! Aho umuntu ashika mu buzima, hafitaniye isano n'aho yifuza gushika. Iyo uhagurutse ugiye hariya, maze ubwonko ukabumenyesha ko ariyo ntumbero ufise, buraheza bukanyaragasa kwitunganya aho bugeza…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.