Indundi Culture | Magazine
  • Home
  • entertainment
  • radio
  • sport
  • videos
  • Language
  • Diaspora
Create
Indundi Culture | Magazine
  • Home
  • IKIRUNDI_news
  • Page 163

IKIRUNDI_news

AllAyagezwehoImyidagaduroInkinokirundikirundi_actualitekirundi_entertainmentkirundi_Sports
homepage

Ubugira gatatu ikigo c’igisha umupira w’amaguru Académie Zoé catunganije ihiganwa

by admin
2 years ago
180
homepage

Patrick Sangwa Mayani ahejeje kuduza Umugwi Aywaille FC mu cicaro ca Kabiri

2 years ago
210
homepage

Uburundi ntibworohewe mu nkino z’igikombe ca…

2 years ago
239
football

Umumenyereza wa BUMAMURU Alain Olivier Niyungeko…

3 years ago
410
FIFA yuguruye icicaro mu gihugu kibanyi c’Urwanda
East Africa News

Tanzania yasavye abenegihugu kwambara udufukamunwa

Ishirahamwe mpuzamakungu rijejwe amagara y'abantu OMS risaba igihugu ca Tanzania gusubira kwerekana ibitigiri vy'abandura ikiza ca COVID-19. Ivyo bikaba vyahsikirijwe Tedros Adhanom asanzwe atwara OMS. Dr. Tedros…

yanickby yanick
Feb 21, 6:47 pm
108
FIFA yuguruye icicaro mu gihugu kibanyi c’Urwanda
East Africa News

FIFA yuguruye icicaro mu gihugu kibanyi c’Urwanda

Ishirahamwe ry'umupira w'amaguru kw'isi FIFA riheruka kwugurura ishami ry'ayo mu gihugu kibanyi c'Urwanda. Iryo Shami rikaba ryari riri mu gihugu can Ethiopue ariko haza gufatwa ingingo yo kuyimurira…

yanickby yanick
Feb 21, 6:30 pm
106
Mutima le Comédien ati:”By by Isi Nasezeye ivyayo.”
Burundi

Mutima le Comédien ati:”By by Isi Nasezeye ivyayo.”

Minani Fleury Niyo mazina yahawe n'abavyeyi, benshi mukaba mumuzi kw'izina rya Mutima le Comédien, arangwa n'udukuru dutwenza hirya no hino mu biteramo bitandukanye yagiye abonekamwo, na cane cane arikumwe…

gibbonby gibbon
Feb 21, 9:49 am
106
Burundi

Yoya Jamal ngo agiye kandi kugaruka guhangana mu muziki ndundi

Indirimbo nshasha z’umuririmvyi Yoya Jamal ziri mu nzira, ivyo n’ivyo uwo muririmvyi yashikirije uyu musi ku rubuga rwa Instagram asanzwe akoresha mu gice ca Storie aho yariko yishura inyishu z’abakunzi b’ibikorwa vyiwe…

yanickby yanick
Feb 20, 9:18 pm
106
Burundi

Wiz designer yagarutse ku mpamvu nyezina yatumye ahagarika ubucuti bwa hafi cane na DFTV

Umuririmvyi Wiz Designer ngo ntiyari muri management ya Fanny Nyamurangwa, ahubwo abo muri DFTV ngo bari mu bamushigikiye bikomeye.  Ivyo nivyo aheruka gushikiriza mu kiyago yagiranye n’imboneshakure  ya hano iwacu. Muri ico…

yanickby yanick
Feb 20, 6:57 pm
106
Burundi

Yaba Big Fizzo yaba Michael Jackson nta umwe yosaba Lolilo kwiyandikisha ngw’amwemerere

Big Fizzo na Lolilo ngo nta kibazo na gitoya gihari, basanzwe bumvikana. Ariko ico ntigishobora guca gikorerwako ngo amusabe kwiyandikisha mu kuja mu mahugurwa baba bateguye. Ivyo n’ibiheruka gushikirizwa n’uwo muririmvyi…

yanickby yanick
Feb 20, 6:07 pm
105
#Amical des Musiciens|Mbega ikarata nshasha yoba igiye gukemura i Bibazo?
Entertainment

#Amical des Musiciens|Mbega ikarata nshasha yoba igiye gukemura i Bibazo?

Iyo umuntu avuze ngo ubupfuvyi n'inkubutindi, womengo arashikuje nkuko kwoba ari ugushinyaguriza uwabuze. Haba na mba! Hano iwacu nti biri kure dusimbiye gato mw'ishirahamwe ry'abaririmvyi mu…

gibbonby gibbon
Feb 19, 9:01 pm
106
Ngaya Amakuba Beautifull yaciyemwo ngo akwize Umuliyoni kuri Youtube
Burundi

Ngaya Amakuba Beautifull yaciyemwo ngo akwize Umuliyoni kuri Youtube

Inyuma y’amezi 2 ya Ndirimbo  Beautifull ya Sat-b na Meddy yahavuye ikwiza Views zirenga 1,000,000. Ikaba ikwije izo Views iri kuri Youtube ifise abantu bake cane kandi atari na Official Video, ariko ari Video bakoze irimwo…

yanickby yanick
Feb 19, 4:09 pm
106
PLB : Uku niko imigwi igiye guhura kundwi ya 22
football

PLB : Uku niko imigwi igiye guhura kundwi ya 22

-Kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 19 Ruhuhuma 2021, isaha icenda 15h00 ku kibuga Intwari Umugwi Athletico Academy uza kwakira Vital’o Fc . -Ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 20 Ruhuhuma 2021, isaha icenda 15h00 ku kibuga…

bosingwaby bosingwa
Feb 19, 10:33 am
107
Entertainment

Big Fizzo ivyo akoreye Sat-B bisize ubwenge

Igihe kirekire hasabwa urukundo ko arirwo rwoboneka mu muziki ndundi bamwe bati biriko biraza igisigaye n'uko vyokorerwa ahabonwa na bose, bikaba bibaye inyuma yuko Big Fizzo ashize kuri Statut indirimbo irimwo Sat-B…

epimacby epimac
Feb 19, 10:18 am
106
  • Previous
  • 1
  • …
  • 161
  • 162
  • 163
  • 164
  • 165
  • …
  • 451
  • Next

Weekly Popular

Amazing
111

19 Times Women Were Total Bosses While Lifting Each Other Up

#Indundi Sports| Uburundi bwatakaje  ikibanza kimwe muri FIFA
abakinyi bakina hanze
330

#Indundi Sports| Uburundi bwatakaje ikibanza kimwe muri FIFA

A kayanza, 3 femmes appréhendées en possession illégale de Coltan condamnées
Uncategorized
208

Kayanza: Three women apprehended in illegal possession of Coltan, sentenced

Basketball
107

Basketball : Urwaruka rwo mw’i Jabe rwateguye ihiganwa

Youssuf Nyange mu nzira yo gutanguzwa muri Yeni- Malatya Sport
CAN2019
109

Youssuf Nyange mu nzira yo gutanguzwa muri Yeni- Malatya Sport

Indundi Culture | Magazine
© 2026 Indundi Culture | Magazine - Burundi Entertainment theme by akbilisim.
  • Home
  • entertainment
  • radio
  • sport
  • videos
  • Language
  • Diaspora
Indundi Culture | Magazine
  • Home
  • entertainment
  • radio
  • sport
  • videos
  • Language
  • Diaspora
  • Home
  • entertainment
  • radio
  • sport
  • videos
  • Language
  • Diaspora
© 2026 Indundi Culture | Magazine - Burundi Entertainment theme by akbilisim.
Create

Login

Welcome, Login to your account.

  • Login With Facebook
  • Google
  • Twitter
Or
Forget password?

Register

Welcome, Create your new account

You have an account? Go to Sign In

Recover your password.

A password will be e-mailed to you.

Sign In