Ishirahamwe rijejwe gukwiragiza umuyagankuba n'amazi mu benegihugu Regideso ryasubiye kwubura ahandi hantu habiri hakozwe ubunyonyezi bw'amatara n'amazi. Ribicishije ku rubuga rwaryo rwa Twitter, iryo…
Umunyororo w’imyaka 30 n’ihadabu ry’amafaranga imiliyoni 5 z’amashillinga ya Tanzania ngo nico gihano gihanishwa umuntu agendanye n’umunyeshure. Ivyo n’ibiheruka gushikirizwa n’umunyamategeko umwe muri Tanzania mu kiganiro…
Abantu bamwe bamwe ngo baramaze guterwa inkingo za Covid 19 I Kigali, ayo niyo mashasha ariko aracicikana ku mbuga ngurukanabumeyi mu gihugu kibanyi c’Urwanda. Nkuko amakuru dukesha ikinyamakuru co mu gihugu kibanyi c’Urwanda…
Insamirizi Africa for hope n’insamirizi ivugira mu gihugu ca Sweden, ikaba isanzwe itanga ibiganiro mu rurimi rw’ikirundi. Iyo nsamirizi ikaba gushika ubu icishako ibiganiro vy’imice 3, birimwo ic’inkino (Sport), abanyafrika…
Ubwo ibiheruka kuba ku muhisi Karim Babel vyoba arivyo bitumye akagozi gacika noneho hagakenerwa ko igikorwa kijanye n’ugufasha abagwaye gifata umurongo mwiza? Ico n’ikibazo wokwibaza inyuma y’ukuraba ikiyago Boris…
Umushikiranganji w’intwaro yo hagati mu gihugu, iterambere rusangi n’umuteka aragabisha bamwe mu barongoye amazone n'abakomiseri b'amasoko yo mu gisagara ca Bujumbura kubera ko ngo babaye inzitizi mw'itozwa…
Kuri uyu wa mbere igenekerezo rya 15 Ruhuhuma 2021, abanyagihugu bafise amaparasera ahitwa Kigeri-Miteramo, ni muri zone Ngagara, komine Ntahangwa mu gisagara ca Bujumbura, bazindutse bugariza ubushikiranganji…
Urukurikirane rw’umuririmvyikazi Tetero ngo ruri mu Nzira, kandi hazobonekamwo ibikoresho ndangakaranga Bambara bitari bike. Ivyo n’ivyo aheruka kuyagira bagenzi bacu b’imwe mu mboneshakure za hano iwacu. Nkuko uwo…
Yoya Jamal ngo imbere yuko atangura kuririmba, yatanguye kwandikira indirimbo abatari bake mu baririmvyi hirya no hino. Ivyo nivyo uwo muririmvyi yamenyesheje mu kiyago yagiranye n’imwe mu mboneshakure za hano iwacu. Muri ico…
"Ndashimiye n'umutima wanje wose umuryango wa Bantu Bwoy n'ishirahamwe EDDIB ku masezerano mwakoze kubwanje nk'umuririmvyi kandi no ku mfashanyo y'ukurihigwa amashure mu kiringo c'imyaka 2. Big…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.