Uwumvise amajwi akunze guhanahanwa ku mbuga ngurukanabumenyi benshi bita Audio y’umuntu asaba abo muhira ko bomubikira udufungurwa, “Allo, Uri Mawe? Umbikire ubugari ndarya…” abatari bake baca bumva ko ari Mutuma le Comedien.…
Ba bakobwa 4 bari batowe muri Miss Ngoma aribo Miss Ngoma, Niyera Anne, ibisonga vyiwe, Ketty Merveille na Niyoyankana Adele Ange Nicole hamwe na Miss Popularity Habimana Clara Kany, bakinjuye muri ico gikorwa bari…
Umusi umuziki uzoba winjiza amafaranga meza, kuvuza umuziki azoca ashira hasi aje kurya amafaranga y’umuziki. Ariko ubu aho bigeze ngo umuziki ntiwinjiza nk’ubu Dj, kubwa Dj Philbyte kuvuza umuziki vyopfuma. Ivyo n’ivyo uwo…
Masterland ngo aratsitazwa cane n’abantu bamubonamwo ubwibone kubera aboneka cane yambaye amarori umwanya munini. Ivyo ngo biramubabaza cane kuko ico bita ubwibone n’ubumuga yagize kuva mu buto bwiwe. “Burya abantu benshi…
Ama miliyoni 65 y'amafaranga y'amarundi atozwa mu makori n'amatagisi niyo atahora ashikanwa ku makonte y'amakomine buri ndwi. Vyashikirijwe na Pierre Nkurikiye avugira ubushikiranganji bw'intwaro yo…
Reta y’Uburundi iciye ku mushikiranganji w’imigenderanire y’Uburundi n’ayandi makungu, Ambassadeur Albert Shingiro yongeye kwugurura ibiganiro n’ishirahamwe ry’ubumwe bwa Buraya mu ntumbero yo kunagura imigenderanire imaze…
"Batagize urunani ntibazotsinda umurwi w'Urunani" ayo niyo majambo yaraye ashikirijwe n'abakunzi b'umurwi w'Urunani inyuma yaho bikurikiranije inkino zirenga zitanu badatsindwa mw'ihiganwa…
https://youtu.be/10d6FFuaR0s Abarimyi na cane cane abarimyi b'igiterwa c'ibigori ngo bagiye kuronka akoyoko muri iri yimbura aho intete zumye bagiye guhora bazigurisha ku kabeyi gatubutse. Inyuma y'ivyirwa…
kuri uyu w’Imana waraye uheze igenekerezo rya 31 Nzero 2021, mu ntara ya Gitega, iooshirahamwe ry’umupira w’amaguru mu Burundi FFB ryari ryatunganije inama ya bose yahuje abaserukira Imigwi ndetse…
Mu mpera z’twaraye dusozereye ku magenekerezo ya 29,30,31 ihiganwa rya Primus league ryarabandanije kundwi yaryo ya 19: Imirwi ikaba yatsindanye uku gukurikira: - Umugwi Muzinga Fc wari wakiriye Vital’o fc watsinzwe…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.