Ivyavuzwe ko Esther Nish yavyara ye ba Kidum ngo vyarabakozeko bose, yaba ku ruhande rwa Kidum, co kimwe no ku ruhande rwa Esther Nish ubwiwe. Mu kiyago yagiranye na Juste Gael, uwo mwigeme yavuze ko Kidum yasa…
Amasezerano yari hagati ya B Face na Monna Walda ngo nta wuyazi, ayatumye uwo muririmvyikazi aja muri Video y’uwo muririmvyi akaba Video Queen. Kandi ivy’ukuja mu ndirimbo z’abandi uri umuririmvyikazi ngo n’ibintu…
Mu ntumbero yo kugwiza umwimbu, ubushikiranganji bw'uburimyi, ubworozi n'ibidukikije buriko burategura kugwiza ibigo vy'iratiro, aho gushika ubu ngo bumaze gushiraho ibigo vy'iratiro 144 bikora ukuri…
Muri kino gihe c'irima ry'impeshi, umushikiranganji w'uburimyi, ubworozi n'ibidukikije Déo Guide Rurema, ahamagarira abarimyi hamwe n'abahurikiye mu makoperative kwihutira kuriha kare amafaranga…
Muri Basketball mu mpera z'indwi twaraye turangije inkino zarabandanije Dynamo yahuye na New stars , Les Hippos nayo ihura na Mutanga United , umugwi wa Muzinga utana mu mitwe na Aigle noir hama Urunani rukina na…
Ibombora bombora, ukwangazanya, gushengezanya, bigashika naho barwana, niyo makuru yaramaze imisi avurwa mu mashengero meshi hano mgihugu cacu. Kuri uwu w'imana igenekerezo rya 7 Ruhuhuma 2021 niho…
Kuri uno wa gatandatu igenekerezo rya 6 Ruhuhuma 2021, hakozwe mu ntara zose zigize igihugu c’Uburundi ikibazo c'intwanzangabo bo ku rwego rw'abasirikare bato bato. Colonel Floribert Biyereke avugira…
Umuryango wa Empire Avenue urongowe na Sat-B atagikozwe vuba bwango ugiye gusambuka wose. Inyuma y’abatari bake bari bagize uwo muryango bagiye bamenyesha ko bawuvuyemwo aho twobibutsa nk’umuririvyikazi Clemantine Kavy…
Kuva hatangujwe isekeza rya kabiri ryo gupima ikivunga umugera wa koronavirisi, ibiharuro vyifashe uku gukurikira: bamaze gupimwa bose ni 31950 Abanduye ni 663 Abamaze gukira:370, Abakirwaye nabo ni 270. Umushikiranganji wo…
Urwo rupapuro ruronderwa n'abagomba kuja hanze y’igihugu gwahora rurihwa amafaranga y’amarundi ibihumbi icumi ubu rugiye kurihwa amafaranga ibihumbi mirongo itandatu. Bishikirizwa naThaddée Ndikumana, umushikiranganji…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.