Nkuko Alvin yari yaravyemeye mu kiganiro yatanze mu mwaka uheze wa 2020 ko azokora ubugeni mu bihe vya vuba, na Nirna umukunzi wiwe nawe aheruka kuvyemeza ku mboneshakure ya hano iwacu. Muri ico kiganiro, uwo mukunzi…
Ibanki ya repubirika y’Uburundi BRB iragabisha abantu bakora urudandazwa rwa magendo rw’imitahe y’abantu bashinze ishirahamwe rikora nk’ikirimba. Ayo mashirahamwe yemerera abanywanyi inyungu y’umurengera mu mwanya muto ariko…
Igiporisi c'Uburundi cerekanye kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 20 Nzero 2021, abagizi ba nabi bafadikanije n’umugore wa nyakwigendera kubwicanyi bwabaye mwijoro ryo kuwa 24 rishira uwa 25 Munyonyo umwaka uheze muri…
kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 20 Nzero 2021 , Ishirahamwe ry’umupira w’amaguru mu Burundi FFB ryasohoye urwandiko rwo kwugurura ikibuga Umuco kiri mu Ntara ya Muyinga inyuma y’inkino zibiri ata barorerezi…
Sat-b ngo ntaco bapfa na Meddy naho abatari bake bavyibajije inyuma y’ukubona indirimbo bakoranye isohotse idafise amasanamu, kandi uwo muririmvyi ari mu bakunzwe I Kigali atayishigikiye mu kuyimenyekanisha. Ivyo Sat-b…
Uwigeze kuba umukunzi wa Monna walda, Sag Wise, ngo ni nawe yatumye yinjira mu muziki. Ico gihe ngo basa nkaho bapinze ngo ntashoboye kuririmba, umukobwa aba yinjiye mu muziki uko. Nkuko aheruka kubishikiriza, Monna…
Sat-b na Big Fizzo ngo nta kibazo bafitanye , ivyo n’ibiheruka gushikirizwa na Sat-b ubwiwe aho yishura ibibazo bitandukanye ku rubuga rwiwe rwa Instagram. Muri ivyo bibazo, Sat-b yasabwe gusubira kandi gukorana…
Guhera kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 19/1, Kigali yose yasubiye kandi muri Guma mu rugo, intandaro n’ibitigiri bibandanya biba vyinshi vy’abagwaye COVID-19 bibandanya kuboneka muri ico gisagara. Ingingo yo gushira…
Inyuma yaho Umuririmvyi Gaga Blue agiriye ikibazo akabura umuhagarikizi w'ibikorwa vyiwe ariwe Jay Cena canke Life Maisha yarasanzwe arongoye Record Label yise U&I Studio yarisanzwe irimwo Gaga Blue; K-Muco ndetse…
Amashengero arafise uruhara mu kuvura ibikomere abantu bagendana bitewe n'ivyashitse kandi bamaranye igihe mbere bikabatera n'indwara y'ihahamuka. Ivyo ni ibishikirizwa na Désiré Majambere, umurongozi…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.