Indundi Culture | Magazine
  • Home
  • entertainment
  • radio
  • sport
  • videos
  • Language
  • Diaspora
Create
Indundi Culture | Magazine
  • Home
  • IKIRUNDI_news
  • Page 187

IKIRUNDI_news

AllAyagezwehoImyidagaduroInkinokirundikirundi_actualitekirundi_entertainmentkirundi_Sports
homepage

Ubugira gatatu ikigo c’igisha umupira w’amaguru Académie Zoé catunganije ihiganwa

by admin
2 years ago
180
homepage

Patrick Sangwa Mayani ahejeje kuduza Umugwi Aywaille FC mu cicaro ca Kabiri

2 years ago
210
homepage

Uburundi ntibworohewe mu nkino z’igikombe ca…

2 years ago
239
football

Umumenyereza wa BUMAMURU Alain Olivier Niyungeko…

3 years ago
410
Burundi

Kabizi nawe yatewe n’abagizi ba nabi  nka Kigingi

https://www.youtube.com/watch?v=UqPwmg6YQQY&t=23s Uwundi yatewe n’abagizi ba nabi ni Kabizi l’eau Comedien, uwo nawe akaba yashikiriwe n’akaranda kariko kagwa ku vyamamare vy’abarundi basanzwe bafise imbuga…

yanickby yanick
Dec 3, 10:30 am
106
Burundi

Sada Nahimana ngo ntazi uko mu mwaka uza azitabira amahiganwa

https://www.youtube.com/watch?v=REgC5_uiUqM Sada Nahimana  ngo ntazi uko mu mwaka uza azobasha kwitabira amahiganwa y’urukino rwa Tennis , ivyo nivyo yashikirije mu kiganiro yagiranye n’ikinyamakuru BBC mu rurimi…

yanickby yanick
Dec 3, 8:55 am
105
africa news

Abaforomakazi bo muri Ghana bafise ikibazo c’ukubura abagabo

https://www.youtube.com/watch?v=37rxy3pL9aE Abatari bake mu baforomakazi bo mu gihugu ca Ghana barafise ibibazo bikomeye bijanye n’ukutarongorwa, iyo ikaba ari imyidogo yashikirijwe na bamwe mu kiganiro bahawe n’ikinyamakuru…

yanickby yanick
Dec 3, 7:38 am
106
football

Abakinyi ba Messager Ngozi bashitse neza i Bujumbura

Kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 2 Kigarama 2020, niho umugwi Messager Ngozi washika i Bujumbura uvuye Eswatini gukina urukino rwa CAF Champions league aho banganyije na Young Buffaloes 0-0. Abakinyi ba Messager Ngozi…

bosingwaby bosingwa
Dec 2, 3:38 pm
107
homepage

Ubwoko bw’ubuja bwibonekeza mu gihe ca none

Ubuja bwo mu gihe ca none ngo bugizwe ahanini n’urudandazwa rw’abantu, ugukoresha abantu mu rudandazwa rw’igitsina, ikoreshwa ry’abana, ukurongoza abantu ku nguvu, hamwe no gukoresha abana mu ndwano. Biri  mw’itangazo…

janvierby janvier
Dec 2, 12:49 pm
107
Burundi

Urwevu: Ukuborerwa vyoba bijanye n’agaciro ”ubuntu” ( la dignité) ?

Iyo umuntu yanyoye utuyoga rero akarenza kugera aho abantu bavuga ko yaborewe, haba hari ibintu vyinjsi vyabaye mu bwonko. Biba bisa n'ivyabaye nk'uruzi rwasebuye, maze ibihimba vyinshi vyo mlu bwonko navyo bigaca…

staffby staff
Dec 2, 11:04 am
109
Burundi

Urwevu: Abantu bose bokwigenza nkawe, ubona isi yokongereza agaciro?

Abahinga mu kwiyumvira bo muri kahise, aha tugafatira nko k'uwitwa Emmanuel Kant yava mu gihugu c'Ubudagi, "ubuntu" ngo ni aka kantu gatuma umuntu mu buntu bwiwe atandukana n'ibindi biremwa…

staffby staff
Dec 1, 9:16 pm
108
Cooperation

Uwuserukira Uburusiya mu Burundi yakiriwe n’umukuru w’inama nkenguzamateka

Kuri uyu wa kabiri, igenekerezo rya 1 Kigarama 2020, umukuru w'inama nkenguzamateka Sinzohagera Emmanuel yuguruye icese isasa risanzwe rya Kigarama ry'inama nkenguzamateka, ivyo bikorwa bikaba vyabereye mu…

janvierby janvier
Dec 1, 8:03 pm
105
Burundi

Kirikou yavuze ku kigo c’impfuvyi ciwe   

https://www.youtube.com/watch?v=WQtmaXoJaK0 Muvyo Imana yamuhaye, Kirikou avuga ko yahawe gutahura igituma yabayeho. Ico gituma ngo nukugira abandi bazobeho biciye mu minwe yiwe, Ivyo n’ivyo aheruka kuvugaira kuri Micro ya…

yanickby yanick
Dec 1, 7:51 pm
107
Burundi

Kigingi yagarutse ku mashusho y’urukozasoni amuvugwako

https://www.youtube.com/watch?v=wIuCCQ5ZPyo&t=27s Amasanamu y’urukozansoni yaragize imisi aboneka ku rubuga rwa Facebook rwa Kigingi ngo siwe yayashizeko, Ahubwo ngo n’umuntu yamwinjiriye muri urwo rubuga “Piratage”,…

yanickby yanick
Dec 1, 7:41 pm
108
  • Previous
  • 1
  • …
  • 185
  • 186
  • 187
  • 188
  • 189
  • …
  • 451
  • Next

Weekly Popular

A kayanza, 3 femmes appréhendées en possession illégale de Coltan condamnées
Uncategorized
208

Kayanza: Three women apprehended in illegal possession of Coltan, sentenced

Amazing
111

19 Times Women Were Total Bosses While Lifting Each Other Up

#Indundi Sports| Uburundi bwatakaje  ikibanza kimwe muri FIFA
abakinyi bakina hanze
330

#Indundi Sports| Uburundi bwatakaje ikibanza kimwe muri FIFA

africa news
109

Abarundi n’abanyarwanda muri Malawi ngo barageramiwe

Saido Ntibazonkiza yagiriwe ikigongwe na bagenziwe
homepage
110

Saido Ntibazonkiza yagiriwe ikigongwe na bagenziwe

Indundi Culture | Magazine
© 2026 Indundi Culture | Magazine - Burundi Entertainment theme by akbilisim.
  • Home
  • entertainment
  • radio
  • sport
  • videos
  • Language
  • Diaspora
Indundi Culture | Magazine
  • Home
  • entertainment
  • radio
  • sport
  • videos
  • Language
  • Diaspora
  • Home
  • entertainment
  • radio
  • sport
  • videos
  • Language
  • Diaspora
© 2026 Indundi Culture | Magazine - Burundi Entertainment theme by akbilisim.
Create

Login

Welcome, Login to your account.

  • Login With Facebook
  • Google
  • Twitter
Or
Forget password?

Register

Welcome, Create your new account

You have an account? Go to Sign In

Recover your password.

A password will be e-mailed to you.

Sign In