Hamaze imisi hibonekeza abantu bataramenyekana bugurura imbuga zo guhanahanako amakuru bakoresheje amazina y'abategetsi bamwe bamwe b'Uburundi, aho inyuma y'aho umukuru w'igisagara ca Bujumbura…
Inkuru ibabaje Ku bakunzi b'umukinyi Riyad Mahrez. Mu gitondo ko kuri uyu wa mbere igenekerezo rya 07 Nyakanga 2020, umugwi Manchester City washize ahabona itangazo rivuga y'uko umukinyi wabo wo kuruhande Umunya…
Urukingo rw’ikiza Corona Virus ngo rwaramaze kuboneka, ibihugu bimwe bmwe bikaba vyaramaze no gushinga igiciro urwo rukingo ruzogurwa. Ihinguriro Sanofi ryo mu bufaransa ryemeza ko ryamaze gutangura guhingura urwo…
Indirimbo iwanyu y'umurimvyi Nziza Désiré yari imburi y'urugendo ruzomushikana mu gihugu c'amavukiro, urwo rugendo akaba yarutanguye hagati y'igenekerezo rya 02 nirya 03 Nyakanga 2020 (bivanye…
Empire Avenue ayizi abatari bake mu bayirimwo uno musi ngo ata numwe arayizamwo, eka mbere itaranatanguzwa ku mugaragaro. Ivyo n'ibiheruka gushikirizwa nawe ubwiwe kuri Micro z'imwe mu mboneshakure za hano iwacu…
Mu gihe abatari bake hano iwacu co kimwe no mu makungu bakoma akaruru ko ikiza Corona Virus cabatumye bahomba cane gose, abandi bo bari bagerageza kwiyungunganya. Irakoze Divine benshi bazi nka Dj Iraa, umurundikazi akomoka…
Mu gihe yaramaze igihe kitari gito asa n'uwutavurwa mu muziki ndundi, Olegue yahavuye ashira ahabona akaririmbo gashasha yise Doctor, yongera anagirako akora ibiteramo bitandukanye birimwo gonga tour aho yari yaherekeje…
Hoba hari icizere ko urwaruka ruba mu bisagara vya Gitega na Bujumbura rugiye kwogorora, bikaba vyashizwe ahabona na Amb.Albert SHINGIRO umushikiranganji w'Uburundi n'ayandi makungu, mu gihe yari aramutse yugurura…
Umuntu wese arashobora kwibaza ijambo "Ukuri" icarico kuko rikoreshwa kenshi ndetse hariho n'abarigira indahiro ya buri musi, ufatiye ku mico n'imigenzo y'abarundi biragoye kumenya ukuri kuko habamwo…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.