Kuninahaza no gutazira Imana ni kimwe mu bisabisho bikundwa kandi bihimbara umuremyi w'ijuru n'isi, igikorwa co kuririmbir'Imana gikorwa hifashijwe impwemu, uko umuntu akura niko impwemu ziwe zigenda ziyongera…
Mw’ijoro ryo kuri uyu wa mbere ushira uwa kabiri igenekerezo rya mbere Nyakanga umwaka w’2020, ibidandazwa ahanini bigizwe n’imfungurwa nk’umuceri, ivyamwa hamwe n’ibindi vyarahiye biratokombera biturutse ku muriro mu nzu…
Nkuko biri, mu bihugu bigize impande zine z'isi harakwiragiye abarundi batari bake, dufatiye ku cegeranyo casohowe n'indongozi za Diaspora y'Uburundi, cerekana ko ku mugabane wa America , uw'Ubulayi,…
Ngo ntihagire uwuzogwa mu muteko w'abiyitirira Nyeniteka Gelase Ndabirabe umukuru w'Inama nshingamateka y'Uburundi. Mw'itangazo ryasomwe n'uwuvugira uwo mutware, hagarutsemwo ko Hon. Gelase Ndabirabe…
Umushikiranganji w'amagara y'abantu, Muganga Thadee mw'ijambo yashikirije bakira Impunzi, yagarutse ku ruhara bazoba bafise ku kugwanya ikiza Corona Virus. Abavyeyi bibungenze ngo aho bukera ntibaze bareke…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.