Kuri uno wa kabiri igenekerezo rya 18 Myandagaro umwaka w’2020, ubushikiranganji bw’ubudandaji bwaramutse bukoresha ikiganiro ku banditsi n’abamenyeshamakuru mu ntumbero yo gushikiriza amakenga babona mw’igurishwa ry’amakaye…
Uno musi ngo hariho akaruhusho gakomeye ku bijanye n’agahembo abaririmvyi ndundi bahembwa mu biteramo, ugereranije n'uko vyari biri mu myaka y’imbere ya 2015, ivyo n’ibiheruka gushikirizwa na B Face mu kiganiro yahaye…
Mu gitabo canditswe n' uwitwa Brian Tracy citwa, "The power of self-discipline" mu kigabane yise" Self-discipline and Responsability'' uwo mugabo araduha umuco woshobora kudufasha natwe…
Arakaza Marvin Lee ngo ntakibarizwa mu nsamirizi Buja Fm nkuko abatari bake bari bamumenyereyeyo. Uwo mumenyeshamakuru yaciye mu biganiro bitari bike, uno musi niho yasezera iyo nsamirizi. Mu kiyago yagiranye na Indundi Tv,…
Birasaba kwitanga no gutanga igiciro gikomeye kugira ushike ku kintu ciza, John K-ay ngo kiretse ko yari indoto kandi yabwirizwa kuyishikako, gusohora ireresi(Cinema, Movies) Cop's Enemy iri ku rwego mpuzamakungu…
Naho rero dusanzwe tuzi neza ko ubuzima ari urugendo kandi ata n'uwuzi igihe azokwigendera, biraheza yamara bikatugora ukwiyumvira ikijanye n'uko tuzohava twigendera. Akavuze wa mukecuru ati ''ivyo…
kuko vy'ukuri ukuba umucamanza bitoshobokera uwutize amategeko, nico gituma atawoba umucamanza atize amategeko. Ivyo biri uko kuko mu guca urubanza hajamwo igihande c'ukumenya uko amategeko ategekanijwe ku bijanye…
Kolly the magic ati:"umuririmvyi w'umurundi Big Fizzo urankuriye kandi ndakubaha ariko abahungu bawe waraye ubasusuguje imbere yabakunzi b'umuziki ndundi." Kolly the Magic umuhinyanyuzi akunzwe cane…
Mu gihe mu Bufaransa naho ryabaye itegeko nkaho inyuma ya Kanyaru kwambara Mask benshi bakunze kitwa agafukamunwa, abafaransa batanguye kugira amakenga akomeye. Nkuko amakuru dukesha ikimakuru co mu bufaransa, ngo muri!-->!-->!-->!-->!-->…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.