Hagati ya Big Fizzo na Stein ngo ibintu vyoba bidahagaze neza, mu yandi majambo hagati ya CEO na Manager wa Bantu bwoy akayaga koba kadahita neza. Ivyo bikaba bivurwa kubera ibiheruka kuba kuri uwo mugwi muri Concert!-->!-->!-->!-->…
Bruce Melodie yatanze umuco ku vyavuzwe hirya no hino ku biheruka kumushikira, bikavurwa ko ari mu minwe y'abajejwe umutekano. Bruce Melodie yavuze ko yafatiwe muhira, atari mu musi mukuru "Anniversaire" nkuko…
Biragoye gutora ikiriko kirakinwa hagati ya Big Fizzo na Sat-b kuko wokwibaza ko icuka coba kitari ciza muri ino misi, ivyo tukabivuga twisunzi ivy’umwanditsi wa Gacugere aheruka gushikiriza ku rubuga rwiwe rwa Instagram,…
Emery sun ngo abaririmvyi bose n’indyadya gusa, ivyo akaba aheruka kubishikiriza mu ikiganiro aheruka guha Imboneshakure Indundi Tv. Muri ico kiganiro akaba yagarutse ku bibazo bitari bikeyabajijwe. Emery Sun abona ko…
Hagiye kwugururwa ishirahamwe ryo kuziganya no kugurana(microfinance Myfin),mu ntumbero yo kworohereza abarundi baba mu mahanga gushika imitahe yabo hano mu gihugu. Ubucuti buri hagati y'ishirahamwe ARN (Action pour la…
Kuva mu mwaka wa 2004 gushika mu mwaka wa 2012 izina ry'umukinyi wa kera wa Vital'o Fc ndetse n'intamba mu rugamba Ndizeye Alain Bangama ryari rizwi mu gihugu cose c'Uburundi bivanye n'ingene…
Master Bk aravunira akagohe baba abaririmvyi bacaruka muri uno mwuga, canke abantu bamukoreye amakosa muri kahise muri uno mwuga wo kuririmba ko ngo ataco bakoze, kuko inguvu zikiri zazindi nyene, ivyo n’ivyo aheruka…
Ishirwa ahabona ry’amasanamu y’indirimbo Wari he ya Spok’s ngo n’umuzo wundi mushasha mu muziki naho atagarutse gusubira kandi gusohora indirimbo buri kwezi, ivyo n’ivyo aheruka kuyagira Indundi Tv. Muri ico kiganiro,…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.