Dudu ngo ikimutunze kikamutungira n'umuryango, ngo n'ubufundi s'umuziki. Ivyo aheruka kubiyagira abari bakoraniye. Muri iryo koraniro ryabarizwamwo urwaruka rutari ruke, uwo muririmvyi yamenyesheje ko muri…
Ibitaro bikuru, kwiyubakira uburaro bwiza, kumwe n'uburimyi n'ubworozi ku buhinga bugezweho niyo migambi, ikanaba n'ihangiro ry' abarundi baba hanze y'Uburundi(Diaspora Burundaise). Japhet Legentil …
Bamwe mu barundi baba inyuma y'igihugu(Diaspora Burundaise) bamenyesha ko ubutumwa buri mu ndirimbo nshasha ya Nziza Desire bwabashitse ku mutima ndetse bakanaboneraho n'akaryo ku gukebura uwo wese agenda avuga nabi…
Haraheze igihe kitari gito umuririmvyi Sat-b ngo azi ko urubuga rwiwe rwa Youtube rwarabaye Hacked, ariko we nta kibazo bimuteye. Mu kiyago na Hosy, Sat-b yabajijwe impamvu indirimbo ziwe zisa n'izitakirabwa cane,…
Inyuma yukumara ikiringo kitarigito catanguranye n'igenekerezo rya 24 Ntwarante 2020 Sat_B na Empire Avenue bamenyesheje ko hagiye gusohoka indirimbo zi 5, iyakabiri yaraye igiye ahabona. "Indirimbo…
Kuri uno wagatandatu igenekerezo rya25 Mukakaro2020 niho umuririmvyi Mugani Désiré azwi cane nka Big Fizzo yubaka ru kritsu n'umutambukanyi wiwe kimana Edith Stein. Igenekerezo rya25 Mukakaro rikaba ari igenekerezo…
Ijambo "ukuborerwa ", jewe ndumvamwo ijambo ritameze neza ugerageje kuricagagura. Womengo harimwo "kubora" muga ntavyo mvuze kuko ntari umuhinga mu kirundi. Tuzobaza kazinduzi. Abasokuru bavuze ngo inzoga…
Kireste ko mu buzima ata muntu ananirwa, Claudia Kanyamuneza aremeza ko akwije ibisabwa n'amategeko kugira aserukire intara ya Ngozi. Abigeme bashika ku ndwi 7 nibo batoranijwe kugira bacagurwemwo umukobwa umwe afise…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.