Indundi Culture | Magazine
  • Home
  • entertainment
  • radio
  • sport
  • videos
  • Language
  • Diaspora
Create
Indundi Culture | Magazine
  • Home
  • IKIRUNDI_news
  • Page 226

IKIRUNDI_news

AllAyagezwehoImyidagaduroInkinokirundikirundi_actualitekirundi_entertainmentkirundi_Sports
homepage

Ubugira gatatu ikigo c’igisha umupira w’amaguru Académie Zoé catunganije ihiganwa

by admin
2 years ago
180
homepage

Patrick Sangwa Mayani ahejeje kuduza Umugwi Aywaille FC mu cicaro ca Kabiri

2 years ago
210
homepage

Uburundi ntibworohewe mu nkino z’igikombe ca…

2 years ago
239
football

Umumenyereza wa BUMAMURU Alain Olivier Niyungeko…

3 years ago
410
Burundi

Urwevu: Ijuru ribaho ye baga! ( New Jerusalem)

Amezi icenda tumara mu nda, tuyamara tudaca n'ikanda ry'ivyo turi. Ikindi kiringo kitari gito, tukimara mu bwana tutazi ivyo turimwo, tutazi igituma, gushika rero aho, abavuga ko bihebeye Imana baheza bakatubarira…

staffby staff
Aug 4, 11:23 am
106
Burundi

Kubwa B Face ngo imbwa ntiheba iyarara

Indirimbo ya B face na BigFizzo izosohorwa na mweneyo, nayo umudiho wa Rap ngo ntiyawuhevye kuko imbwa ntiheba iyarara.  B Face ngo ntiyahagaritse umuziki uri mu midiho ya Rap, ngo azogaruka kuko izigize imisi zisohoka…

yanickby yanick
Aug 3, 5:58 pm
107
Burundi

Urunani rw’urwaruka ruri kubikorwa SEST ruhamagarira urwaruka kutaja mu bintazi

Urunani rw’urwaruka ruri kubikorwa SEST ruriko rurafasha urundi rwaruka rwo muri Komine Buganda ruri mu buruhuko kwitunganya Mu ntumbero yo gufasha urwaruka ruri mu buruhuko rusanzwe rukomoka muri komine ya Buganda mu ntara…

epimacby epimac
Aug 3, 9:01 am
107
Burundi

Kamoso yavuze kuvyo yabonye ku muryango wa Nyakwigendera Petero Nkurunziza

Uguhura kwa Eddy kamoso n'umukuru w'igihugu c'Uburundi, Nyakwigendera Petero Nkurunziza, ngo vyabaye ugusohora kw'amasezerano Imana yari yarahaye uwo muririmvyi akaba n'umumenyeshamakuru. Mu kiyago…

yanickby yanick
Aug 3, 7:43 am
106
CAN2019

# Indundi Sports | Abakinyi b’aba nyamahanga Aigle Noire yazanye

Mundwi yaraye iheze umugwi Aigle Noire the Fighters werekanye abakinyi batatu b'abanya mahanga bavuye muri Tanzania wazanye mu ntumberoyo kwiyuzuza no kwikomeza . Umumenyereza w'umugwi Aigle Noire The Fighters…

bosingwaby bosingwa
Aug 3, 7:16 am
105
Burundi

#Chrisante yahisemwo kuba umurwizatunga biciye mu nzira yo gukingira ibidukikije

Ngo ntiyagiye mu Buganda kuraba amatara n'ikiyaga kuko i Bujumbura vyari bihari, Chrisante ngo kurahura ubwenge nivyo vyari vya mujanye, nayo ivyo yize vyose bimufitiye akamaro ka nini, bigashimisha umuryango, bikaba…

gibbonby gibbon
Aug 2, 9:47 am
106
Burundi

#diaspora|Mkombozi| N’ Imana yatabaye nayo ahandi ho yari no kuhasiga ubuzima

"Urakoze Mana utanga utadya, iyo hataba wewe iyi ntambara y'abasuma batatu bafise intambi, n'inzembe ,sinari kuyitsinda, ariko imbaraga wampaye nanje zantangaje" Iryo ni rimwe mu majambo Mkombozi Lucifer…

gibbonby gibbon
Aug 1, 11:27 am
106
BDUSA

#diaspora| Levis Ferdinand| Ijambo rifise ububasha bwo kwirukana no kwomora ibidutera ubwoba

Ushobora  kuba muri kano kanya wihebuye, ushobora kuba usa n'uwihevye, bishobora kuba vyagucanganiyeko, rushobora kuba rwakwuzuriyeko ,muri ico kinogo nyene urimwo Levis agira ati :"Ni wizera…

by
Aug 1, 8:15 am
106
kirundi

Uwuramutswe igisagara ca Bujumbura yamenyesheje ko ataje gukoresha inguvu.

Mu gihe guhera itariki 13/7 umugwa mukuru w'Ubudandaji, Bujumbura, uheruka guhabwa umutware mushasha, umuntu yokwibaza imigambi azaniye abanyagisagara. ico kibazo nyene caribajijwe na bagenzi bacu bakorera insamirizi…

yanickby yanick
Jul 31, 11:28 am
105
kirundi

Urwevu: Vyokubera vyiza upfumye ugenda kwanda umusururu canke ubuyeye!

Nimba rero ubucuti ufitaniye n'imirimo yawe ya misi yose ar'utwo dufaranga tw'intica ntikize bita "umushahara", mu bisanzwe warazimiye. Ukora ivyo udakunda. Nta passion ufise y'ivyo ukora, nta…

staffby staff
Jul 30, 2:24 pm
105
  • Previous
  • 1
  • …
  • 224
  • 225
  • 226
  • 227
  • 228
  • …
  • 451
  • Next

Weekly Popular

Amazing
111

19 Times Women Were Total Bosses While Lifting Each Other Up

#Indundi Sports| Uburundi bwatakaje  ikibanza kimwe muri FIFA
abakinyi bakina hanze
330

#Indundi Sports| Uburundi bwatakaje ikibanza kimwe muri FIFA

A kayanza, 3 femmes appréhendées en possession illégale de Coltan condamnées
Uncategorized
208

Kayanza: Three women apprehended in illegal possession of Coltan, sentenced

Basketball
107

Basketball : Urwaruka rwo mw’i Jabe rwateguye ihiganwa

Youssuf Nyange mu nzira yo gutanguzwa muri Yeni- Malatya Sport
CAN2019
109

Youssuf Nyange mu nzira yo gutanguzwa muri Yeni- Malatya Sport

Indundi Culture | Magazine
© 2026 Indundi Culture | Magazine - Burundi Entertainment theme by akbilisim.
  • Home
  • entertainment
  • radio
  • sport
  • videos
  • Language
  • Diaspora
Indundi Culture | Magazine
  • Home
  • entertainment
  • radio
  • sport
  • videos
  • Language
  • Diaspora
  • Home
  • entertainment
  • radio
  • sport
  • videos
  • Language
  • Diaspora
© 2026 Indundi Culture | Magazine - Burundi Entertainment theme by akbilisim.
Create

Login

Welcome, Login to your account.

  • Login With Facebook
  • Google
  • Twitter
Or
Forget password?

Register

Welcome, Create your new account

You have an account? Go to Sign In

Recover your password.

A password will be e-mailed to you.

Sign In