Kidum ngo abariko baramubika kandi akiri muzima, nibacire birarura kuko sibo bashinga umusi azovira kuri ino si. Akoresheje urubuga rwiwe rwa Facebook yashize ahabona Video aho vyaboneka ko asa nkaho atarakira neza, ariko…
Mu gihe umugwi w'igisirikare c'Uburundi Muzinga Fc wari uhejeje kwirahira Top Junior ibitsindo 9-0 ku musi wa gatandatu uheze ivyatumye basubira kuduga mu cicaro ca mbere inyuma y'imyaka 3 bari mu cicaro ca…
Burundi Sports Dynamic Nsabimana Bakari niwe mumenyereza wa mbere wo mu cicaro ca mbere amaze gushira ahabona abakinyi 20 b'impfatakibanza azokoresha mu mugwi Bs Dynamik mw'ihiganwa rikurikira. Kuri urwo rutonde…
Inyuma y'aho umugwi Muzinga Fc unyagiriye Top Junior ibitsindo 9 mu rukino rwa nyuma rwo mu cicaro ca kabiri rwaciye rutuma baduga mu cicaro ca mbere inyuma y'imyaka itatu bari mu cicaro ca kabiri , uwurongoye…
Nubwo baba mu mahanga, ngo ntibataye umuco, barangwa n'akaranga, kandi baracavuga ikirundi co kuziko. Hashizweho ishirahamwe "Tubivugane" mu ntumbero yo gutezimbere umuco n'akaranga mu barundi baba hanze…
Kuri uno wa mbere igenekerezo rya 6 Mukakaro 2020, ubushikiranganji bujejewe kubungabunga amagara y’abantu no kurwanya Sida bwaramutse bwugurura icese isekeza ryo gupima abantu bose umugera wa Corona, ico gikorwa kikaba…
Igikorwa co gupima abantu umugera wa Corona catanguye kuri uno wa mbere igenekerezo rya 6 Mukakaro 20202 mu gisagara ca Bujumbura. Ico gikorwa kikaba cari categekanijwe kubera mu bibanza, kimwe kimwe muri komine zigize…
Umwigeme agiye kubashikiriza ibiganiro bigiye bitandukanye na cane cane ikiganiro "IMIDERI TIMES" kuri Indundi Tv, LA Diva aratuyagira bimwe mubibazo yahuye navyo mugisata c'imideri.Ayaga na Indundi Tv!-->…
Ishirahamwe (Baho) rigizwe n'abarundi baba muri Arizona Ku mugabane wa America riramenyesha n'umubabaro mwinshi urupfu giturumbuka rw'umushingantahe Tharcisse Rucintango. Nkuko bishikirizwa n'ubuyobozi bwa…
Inanga y'Uburundi ifise ukwo ivuzwa yisangije kw'isi yose, ifise amajwi ahanirana neza atahandi wobisanga kw'isi yose. Olympe Niragira n'umwe mu barundi baba mu mahanga, yakuze acuraranga igicurarangisho…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.