Karim Maquinzi ngo Nyakwigendera Petero Nkurunziza yakoze vyinshi ariko kimwe co nuko yafashije ibitari bike kugira umugwi nserukiragihugu "Intamba mu rugamba" ugerageze kuja mw'ihiganwa CAN. Mu kiyago…
Mu baririmvyi ndundi basohora amashusho Ku mbugahuriro gake, harimwo Big Fizzo asanzwe ari no muri 10 bafise abantu benshi babakurikira kuri izo mbuga nyene. Mu kiyago aheruka kugirana na DFTV, uwo muririmvyi yavuze ko…
Umuririmvyi akiri muto cane benshi bazi nka Kirikou Akili ahurikiye mumuryango Bantu Bwoy arabandanya avyifatamwo neza cane ku ndirimbo yiwe nshasha arikumwe na Big Fizzo, indirimbo babatije izina rya BINUWA ariko kandi…
Ubushikiranganji bukejwe kubungabunga amagara y’abantu no kurwanya Sida bumenyesha ko abandi bantu 10 bashasha bamenyekanye ko banduye umugera wa Corona. Nk'uko biri mw'itangazo ryasohowe n’ubushikiranganji bujejwe…
Ubushikiranganji bw’imigenderanire y’Uburundi n’ayandi makungu buhamagarira abaserukira ibihugu vyabo mu Burundi hamwe n’amashirahamwe mpuzamakungu kuzokwitabira ibirori vyo kwimika umukuru w’igihugu mushasha, Général Major…
"Hategerezwa kuboneka uburyo bwo guhangana n’ikiza ca Covid-19 hisunzwe kwubahiriza agateka k’abageze mu za bukuru". Ivyo ni ivyashikirijwe n’umunyamabanga mukuru w’Ishirahamwe mpuzamakungu ONU, ku musi…
Willy Nyamitwe ngo n'abaririmvyi nabo bararekuriwe kwinjira mu Ngoro Ntare Rushatsi, ivyo akaba yabishikirije mu kiyago yagiranye na Isaac TV. Muri ico kiyago, Ambassadeur Willy Nyamitwe yavuze ko abaririmvyi bari…
Aho muri kano kanya Uburundi buri mubihe bitoroshe ni Sat-B aguma avugwa muri ibi na biriya naho we adashima kwishura cane ivyo bamuvugako. Inyuma yo kuboneka ari kuri Facebook live agahura n'umuvyeyi arikumwe…
Kutagenda ajanya ivyo yahora akoresha muri MA ngo hari kugira abashe kwironderera ivyiwe, ivyo kandi ngo bikorwa n'umuvyeyi w'incabwenge, ariko uw'ikijuju amuha ibizomufasha. Ivyo n'ibiheruka gushikirizwa…
Inyuma yo kugaragaza akababaro kiwe, Big Fizzo aciye ku rubuga ngurukana bumenyi rwiwe, biturutse ku rupfu giturumbuka rw'umukuru w’igihugu Pierre Nkurunziza, kuri uno musi akaba yari yishikiye ku ngoro yitiriwe…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.