https://youtu.be/wGpAB3WVlT8 Barundi, Barundikazi, Bakunzi b’Uburundi, 1. Imbere ya vyose, tubanze dushimire Imana Mushoboravyose, yadushikanye kuri uno musi udasanzwe, umusi wiravye ingondo, aho kubw’ubushobozi…
Sat-b ngo iryo koti aryambaye aba afise amafaranga atari musi y'umuliyoni, nayo Big Fizzo we ngo araba ubukozi ntaraba agaciro kiry'agira agure. Inyuma yaho Sat-b agiriye ico avuga kwikoti yari yambaye umusi wo…
Emery sun avuga ko Sat-b atari kwifata inyifato yifashe mu ngoro y'umukuru w'igihugu yitiriwe Ntare Rushatsi. Emery sun mu kiyago aheruka guha imboneshakure ya hano iwacu, yagarutse kuri Sat-b, aho yavuze ku…
Mumisi iheze sat b yabonetse yambaye ikoti rya kaki kungoro yo kwa Ntare Aho vyatanguye kuvugwa nabafana bimpande zitandukanye. Ikoti Rya Sat-B ni rimwe mubintu biriko biravugwa cane hano Mumuziki naho haheze imisi ata!-->…
https://youtu.be/wGpAB3WVlT8 Nta murundi n’umwe azobura ijambo mu gihugu camwibarutse yaba uwuri mu Burundi canke mu mahanga. Ivyo ni bimwe mu biri mw’ijambo umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye yashikiririje i…
Nk’uko mubizi haraciye imisi itari mike hakinwa ihiganwa rya Handball bitiriye Imishana, iryo higanwa rikaba ryitabwe n'imirwi ine mu bagabo n'ibiri mu bakenyezi. Akarere bita Sud kazotana mu mitwe na Nord 1 mu…
Urwaruka ruhurikiye mw'ishirahamwe ry'imvukira za Zone Bwiza rwo muri quartier ya Jabe rwifadikanije n'ishirahamwe rya Basket mu gisagara ca Bujumbura ACBAB barateguye ihiganwa rigiye gutangura mu mpera zino…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.