Inyuma yaho indongozi zatowe n'abanywanyi ziyamirije abavuga ko bazikomboye, ubu ho ngo ntirukiri urukurukuru. Gile Ndikuma yari yahagaritswe vy'infatakibanza mu kibanza c'icegera c'umukuru…
Amajwi abatari bake baheruka kwumva, aho Lolilo yihanangiriza avuga ko adashobora kwemera ko bafasha abanya Gatumba, ahubwo ngo nibamufashe we, avuga ko abayasohoye bashatse ko abantu bamubona nabi, kuko barateranije amajwi…
Igiteramo c’umuririmvyi Big Fizzo c’ugushira ahabona inkwirikirane zibiri z’indirimbo cahiduwe itariki cobereyeko nk’umvo zitaramenyekana Inyuma yukuvuga ko ari ibakwe yagize kugira abashe gukora inkurikirane zibiri…
Ubushikiranganji bwo kubungabunga amagara y’abantu no kurwanya Sida bumenyesha ko abandi bantu bashika ku mirongo ibiri bamenyekanye ko banduye umugera wa Covid-19. Nk’uko biri mw'itangazo ubushikiranganji bwo…
Bella Hot Hot ni Umurundikazi umwe rudende yashoboye kuboneka mubiteramo bikomakomeye aho yaboneka arikumwe canke aherekeje abaririmvyi bakomeye hano kumugabane wa Afurika aho Twovuga nka TIMAYA, OTIL BROWN, INNOS'B!-->…
Umuririmvyi Jeanjos Parfait asazwe akora indirimbo zihayagiza Imana(Gospel) nawe yaraye atewe iteka ry’ugushirwa kuri rwa rubuga rwa Wikipedia inyuma yabagenziwe bamutanguriye Umuririmvyi Jaenjos Parfait asazwe avuka mu Ntara…
Imvura y'imigisha Ku vyamwa vya mandalena niyo yibonekeza mu ntara ya Rumonge ndetse no muri komine Rumonge,bikagaragazwa n'umwibu mwinshi wazo, uherekezwa n'imyidogo Ku barimyi. Indobo y'ama litiro 10…
Mu ntumbero yo gukura amakenga ku mpari kw'izina yitwa nka Lucifer, Nzeyimana Thomas yatanze umuco.Mu kiganiro n'imwe mu mboneshakure yo mu gihugu ca Tanzania ITS TV amenyesha ko izina Lucifer ari izina ryiza ryari…
Amahegitari arenga mirongo itanu ari ahitwa mu Gatakwa, ni muri Komine hamwe n’intara ya Rumonge yahora yimburwamwo umuceri, ibigori n’ibindi biterwa bitandukanye, niyo amaze guhitanwa n’iduga ry’amazi y’ikiyaga Tanganyika.…
Hamaze imisi hariko harakwiragizwa inkuru ivuga y'uko uwigeze gutwara Ishirahamwe ry'umupira w'amaguru mu Burundi FFB, akongera agatwara CNO ( Comite National Olympic ) mu Burundi Umupfasoni Lydia Nsekera yoba…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.