Indundi Culture | Magazine
  • Home
  • entertainment
  • radio
  • sport
  • videos
  • Language
  • Diaspora
Create
Indundi Culture | Magazine
  • Home
  • IKIRUNDI_news
  • Page 26

IKIRUNDI_news

AllAyagezwehoImyidagaduroInkinokirundikirundi_actualitekirundi_entertainmentkirundi_Sports
homepage

Ubugira gatatu ikigo c’igisha umupira w’amaguru Académie Zoé catunganije ihiganwa

by admin
2 years ago
180
homepage

Patrick Sangwa Mayani ahejeje kuduza Umugwi Aywaille FC mu cicaro ca Kabiri

2 years ago
210
homepage

Uburundi ntibworohewe mu nkino z’igikombe ca…

2 years ago
239
football

Umumenyereza wa BUMAMURU Alain Olivier Niyungeko…

3 years ago
410
John Elarts ngo arakora ivangura mu baririmvyi
Entertainment

John Elarts ngo arakora ivangura mu baririmvyi

Mu gihe hari abaririmvyi bidogera abahinyanyuzi, bamwe baremeza ko habamwo ukubavangura iyo bariko babakorera, uwo nawe s'uwundi ni John Elarts aheruka gushikiriza ko agahembo gatuma ahitanwo uwuhabwa Ibikorwa Imbere…

yanickby yanick
Apr 27, 2:32 pm
270
Drama T yahanuwe kutazoja kunukira aba Diaspora
Entertainment

Drama T yahanuwe kutazoja kunukira aba Diaspora

Muribuka DJ Paulin amenyesha ko hari abandi baririmvyi bakorera ku mugabane w'uburayi, bazokorana na Drama T muri ca giteramo afise i Buraya? Ubu amazina yatanguye kumenyekana. Bahaga umuririmvyi w'inararibonye mu…

yanickby yanick
Apr 26, 3:34 pm
225
# Indundi Sports | Bigirimana Abedi yaraye afashije Kiyovu Sports gutsinda Gorila
abakinyi bakina hanze

# Indundi Sports | Bigirimana Abedi yaraye afashije Kiyovu Sports gutsinda Gorila

Umukinyi w’Umurundi Bigirimana Abedi abandanya yigenza neza mu gihugu c’Urwanda. Hari igenekerezo rya 18 Ndamukiza 2023 aho umurwi Kiyovu Sports wari wakiriye umurwi wa Gorila Fc mu rukino rw’indwi ya 26 y’ihiganwa ryo mu…

bosingwaby bosingwa
Apr 26, 2:39 pm
211
# Indundi Sports | Bizimana Aladin yaduganye Warnant mu cicaro ca gatatu mu Bubirigi
abakinyi bakina hanze

# Indundi Sports | Bizimana Aladin yaduganye Warnant mu cicaro ca gatatu mu Bubirigi

Umurwi  R. FC Warnant ukinamwo umunyegori w’Umurundi Bizimana Aladin waduze mu cicaro ca gatatu . Uwo murwi watahukanye igikombe co mu cicaro ca kane mu gihugu c’Ububirigi ubanje gutsinda igitsindo kimwe ku busa umurwi Fc…

bosingwaby bosingwa
Apr 26, 11:19 am
179
# Indundi Sports | Fabien Mutombola yatowe nk’umukinyi yaranze urukino rwabahuje na Arua Hill Sc
abakinyi bakina hanze

# Indundi Sports | Fabien Mutombola yatowe nk’umukinyi yaranze urukino rwabahuje na Arua Hill Sc

Mutombola Fabien atanguye kuvyitwaramwo neza mu gihugu c’Ubufaransa . Hari kuri uyu wa kabiri  igenekerezo rya 25 Ndamukiza 2023 , aho umurwi Arua Hill Fc wari wakiriye umurwi wa Vipers mu rukino rw’indwi igira 24…

bosingwaby bosingwa
Apr 26, 11:10 am
201
# Indundi Sports | Kanakimana yaraye afashije umurwi MFK Vyskov kunganya na Slavia Prague B
abakinyi bakina hanze

# Indundi Sports | Kanakimana yaraye afashije umurwi MFK Vyskov kunganya na Slavia Prague B

Umukinyi w’Intamba mu rugamba Kanakimana Bienvenue abandanya yitwara neza muri République Tchèque. Hari ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 22 Ndamukiza 2023 , aho umurwi MFK Vyskov wahura n’umurwi Slavia Prague B mu rukino…

bosingwaby bosingwa
Apr 24, 5:21 pm
300
Esther Nish ngo mu mureke arengane
Entertainment

Esther Nish ngo mu mureke arengane

Esther Nish n'umuririmvyikazi bitumwako no mu kuvuza ivyuma, ariko nubwo biri uko abakunzi biwe ngo yari yabanyoteje, kuva arekura Ep yiwe ngo yaciye aburigwa irengero ? Muvyo bakundira Nish n'ukuntu atanga…

adijoeby adijoe
Apr 24, 5:19 pm
219
# Indundi Sports | Moustapha Francis Njali yaraye afashije umurwi Zanaco gutsinda Kansanshi Fc
abakinyi bakina hanze

# Indundi Sports | Moustapha Francis Njali yaraye afashije umurwi Zanaco gutsinda Kansanshi Fc

Hari ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 22 Ndamukiza 2023 aho umurwi Zanaco ukina mu cicaro ca mbere muri Zambia wari uramutse wakira umurwi Kansashi Dynamos Fc mu rukino rw’indwi igira 30 y’ihiganwa ryo muri Zambia…

bosingwaby bosingwa
Apr 24, 2:09 pm
185
Amb. Francine Niyonsaba Ngo ivyananiye CNO vyashoboye FFB, nico catumye babaterera
homepage

Amb. Francine Niyonsaba Ngo ivyananiye CNO vyashoboye FFB, nico catumye babaterera

Amb. Francine Niyonsaba Ngo ivyananiye CNO vyashoboye FFB, none baciye babaterera Umunonotsi Amb. Francine Niyonsaba asubiye Kandi gutunga urutoke Comite National Olympique ko ivyabananiye bikozwe na Federation y'umupira…

yanickby yanick
Apr 23, 10:47 pm
280
Francine Niyonsaba ishavu ni ryose
Burundi

Francine Niyonsaba ishavu ni ryose

Mu gihe agahengwe katari bwaboneke kubera amakuru ya wa munonotsi w'umugabo aheruka kumenyekana ko agiye kuzohiganwa ari umunya Espagne, none Francine Niyonsaba nawe akojeje agati mu ntozi. Akoresheje urubuga rwiwe rwa…

yanickby yanick
Apr 21, 9:47 am
330
  • Previous
  • 1
  • …
  • 24
  • 25
  • 26
  • 27
  • 28
  • …
  • 451
  • Next

Weekly Popular

Amazing
110

19 Times Women Were Total Bosses While Lifting Each Other Up

# Indundi Sports | Officiel : Niyonkuru Gustave niwe mumenyereza mushasha wa Espoir Fc
abakinyi bakina hanze
260

# Indundi Sports | Officiel : Niyonkuru Gustave niwe mumenyereza mushasha wa Espoir Fc

# Indundi Sports | Alex Nukuri yashize umukono ku masezerano yo gukinira Academy Sporting de Lisbon
abakinyi bakina hanze
288

# Indundi Sports | Alex Nukuri yashize umukono ku masezerano yo gukinira Academy Sporting de Lisbon

Burundi organizes the 3rd edition of the National High Level Forum of Women Leaders
Cooperation
275

Burundi organizes the 3rd edition of the National High Level Forum of Women Leaders

B face ngo ntazonanirwa n’ugutunga ubukwavu yagabiwe n’umukuru w’igihugu
Burundi
334

B face ngo ntazonanirwa n’ugutunga ubukwavu yagabiwe n’umukuru w’igihugu

Indundi Culture | Magazine
© 2026 Indundi Culture | Magazine - Burundi Entertainment theme by akbilisim.
  • Home
  • entertainment
  • radio
  • sport
  • videos
  • Language
  • Diaspora
Indundi Culture | Magazine
  • Home
  • entertainment
  • radio
  • sport
  • videos
  • Language
  • Diaspora
  • Home
  • entertainment
  • radio
  • sport
  • videos
  • Language
  • Diaspora
© 2026 Indundi Culture | Magazine - Burundi Entertainment theme by akbilisim.
Create

Login

Welcome, Login to your account.

  • Login With Facebook
  • Google
  • Twitter
Or
Forget password?

Register

Welcome, Create your new account

You have an account? Go to Sign In

Recover your password.

A password will be e-mailed to you.

Sign In