Indundi Culture | Magazine
  • Home
  • entertainment
  • radio
  • sport
  • videos
  • Language
  • Diaspora
Create
Indundi Culture | Magazine
  • Home
  • IKIRUNDI_news
  • Page 260

IKIRUNDI_news

AllAyagezwehoImyidagaduroInkinokirundikirundi_actualitekirundi_entertainmentkirundi_Sports
homepage

Ubugira gatatu ikigo c’igisha umupira w’amaguru Académie Zoé catunganije ihiganwa

by admin
2 years ago
180
homepage

Patrick Sangwa Mayani ahejeje kuduza Umugwi Aywaille FC mu cicaro ca Kabiri

2 years ago
210
homepage

Uburundi ntibworohewe mu nkino z’igikombe ca…

2 years ago
239
football

Umumenyereza wa BUMAMURU Alain Olivier Niyungeko…

3 years ago
410
Burundi

Big Fizzo ngo n’ibisanzwe kuba Ndayizeye Domitien atamuzi

Mu misi iheze abantu batari bake baratangaye cane uwahoze ari mukuru w'igihugu Domitien Ndayizeye avuze ko atazi Big Fizzo na Sat-b. Muri ico kiganiro ariko yahavuye avuga ko abazi ari abaririmvyi ba kera. Uwo…

yanickby yanick
May 23, 2:32 pm
107
Burundi

Big Fizzo yabwiye Bobona areke amajambo ahubwo bakore umuziki

Ivyavuzwe ko Big Fizzo yibagiye Mudibu muri Quiz yakozwe kuri imwe mu mboneshakure za hano, ngo sivyo na gato. Uwo muririmvyi avuga ko hoba habaye umwumvikano hagati yiwe n'umumenyeshamakuru ngo baryoshe ikiganiro. Mu…

yanickby yanick
May 23, 2:01 pm
105
Burundi

Mr Champagne araterwa ivyatsi inyuma yo gusaba ubufasha

Inyuma yaho amenyekanye cane mugukora amasanamu atwengeje canke arimwo ubutumwa bugiye butandukanye ku misore n'inkumi ubuho yakoze ibitashimishije bose aho bamwe bakoze ico yasavye. Umuririmvyi Mr Champagne aho…

alain1by alain1
May 23, 12:18 pm
106
Burundi

Waruzi amajambo yavuzwe n’Abaririmvyi?

Inyuma yaho benshi mu baririmvyi bashasha, canke bafise impano, bagiye barumvikana ariko batamenyekanye bivanye n'ukutavuzwa cane kw'indirimbo zabo ku nsamirizi zitandukanye, ubuho ngo n'akayobera…

alain1by alain1
May 23, 10:42 am
105
featured sport

Hussein Tchabalala yaguzwe na As Kigali

Umukinyi w'umusatirizi w'umugwi nserukira gihugu w'intamba mu rugamba yahora akinira Bugesera Fc Hussein Shabani Tchabalala yaguzwe na As Kigali. Ku makuru adushikira ava mu Rwanda n'uko uwo mukinyi…

bosingwaby bosingwa
May 22, 1:31 pm
106
kirundi

#Urwevu l Ukwahukana co kimwe n’ukwiyahura vyose ni umuvumo!

Nk'uko rero tumaze imisi tuza turabigarukako, urwevu, ariwo muco kubijanye n'uburyo bw'ukurwanya impwemu mbi, ibinyamubiri bijejwe gusambuza abubatse ingo nivyo bituma zama zirara zirasha. Nk'uko rero…

staffby staff
May 21, 12:18 pm
106
Entertainment

I Kigali batanguye kwambara udufukamunwa turiko idarapo ry’Uburundi

Mu gihe bimwe mu bisabwa kugira umuntu yirinde ikiza ca Corona Virus ari ukwambara agafukamunwa, utwo dukoresho dukoreshwa kwa muganga abanyagihugu batari bake ntibabasha kutwigurira kuko dukoreshwa umwanya muto. Kugira…

yanickby yanick
May 21, 11:51 am
106
Entertainment

B-Face ngo ukutiga ni kimwe mu bitumye umuziki udasohoka ngo Abarundi baje gukora ibiteramo

B-Face On The Flow aremeza cane ko abaririmvyi bakera babasumvya ubumenyi mu muziki kandi akemeza ko ukuba barize amashure menshi na za Kaminuza kiri mubituma barasohoka gukora ibiteramo cane mu makungu.Umuririmvyi B-Face On…

alain1by alain1
May 21, 9:30 am
105
bp-members-invitation

Charles Niyongabo vyukuri ni nde?yamaze iki?

Urukino rwa Volley ball ni rumwe mu nkino zikomeye kandi zikinwa cane kw'isi. Urwo rukino rwatangujwe na William Morgan i Massachusettes muri leta zunze ubumwe bwa Amerika hari mu 1895. Urwo rukino na hano iwacu i…

epimacby epimac
May 21, 9:29 am
105
bp-members-invitation

Intwari Handball yikomeje mu kuzana abandi bakinyi bashasha

Abakinyi batatu bakomeye nibo basinyishijwe na club Intwari mu ntumbero yo kwitegurira amahiganwa yimirije akaba ari Ingabire Fabrice yahora muri Rumuri, Arakaza Alex Alain n'a Nkengurutse Alain Brax bahora bakina mu…

epimacby epimac
May 21, 9:29 am
107
  • Previous
  • 1
  • …
  • 258
  • 259
  • 260
  • 261
  • 262
  • …
  • 451
  • Next

Weekly Popular

Amazing
111

19 Times Women Were Total Bosses While Lifting Each Other Up

#Indundi Sports| Uburundi bwatakaje  ikibanza kimwe muri FIFA
abakinyi bakina hanze
330

#Indundi Sports| Uburundi bwatakaje ikibanza kimwe muri FIFA

A kayanza, 3 femmes appréhendées en possession illégale de Coltan condamnées
Uncategorized
208

Kayanza: Three women apprehended in illegal possession of Coltan, sentenced

Saido Ntibazonkiza yagiriwe ikigongwe na bagenziwe
homepage
110

Saido Ntibazonkiza yagiriwe ikigongwe na bagenziwe

Basaba Reta y’Uburundi kubagabaniriza amafaranga barihishwa
Burundi
108

Basaba Reta y’Uburundi kubagabaniriza amafaranga barihishwa

Indundi Culture | Magazine
© 2026 Indundi Culture | Magazine - Burundi Entertainment theme by akbilisim.
  • Home
  • entertainment
  • radio
  • sport
  • videos
  • Language
  • Diaspora
Indundi Culture | Magazine
  • Home
  • entertainment
  • radio
  • sport
  • videos
  • Language
  • Diaspora
  • Home
  • entertainment
  • radio
  • sport
  • videos
  • Language
  • Diaspora
© 2026 Indundi Culture | Magazine - Burundi Entertainment theme by akbilisim.
Create

Login

Welcome, Login to your account.

  • Login With Facebook
  • Google
  • Twitter
Or
Forget password?

Register

Welcome, Create your new account

You have an account? Go to Sign In

Recover your password.

A password will be e-mailed to you.

Sign In